IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abagirizwa gutema abantu bakoresheje imipanga basabiwe gupfungwa imyaka (...)

Abagirizwa gutema abantu bakoresheje imipanga basabiwe gupfungwa imyaka 15

mardi 23 janvier 2018

Abo bagabo batatu ni BUKURU Fidel, Emmanuel MBABARIRE bava muri komine Mbuye, intara ya Muramvya, hamwe na Charles MANIRAKIZA ava muri komine Giheta, intara ya Gitega.

Uko ari batatu bose, bagirizwa gutema umugabo azwi kw ‘izina rya NDUWIMANA Jean Baptiste mu Kibenga, zoe Kinindo, komine Muha.

Bitegekanijwe ko ingingo ya sentare imenyekana mu masha 48.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.