IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubutungane > Mairie –Ntahangwa : Abagirizwa kudandaza inzoga zitemewe n’amategeko baciriwe (...)

Mairie –Ntahangwa : Abagirizwa kudandaza inzoga zitemewe n’amategeko baciriwe urubanza

Tuesday 6 November 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi wa sentare Ntahinyuzwa Agnes BANGIRICENGE avuga ko uwitwa Gerard NDAYISENGA nawe yaciriwe umunyororo w’impaga w’amezi 9 n’ihadabu y’ibihumbi 400 ku caha nyene co kudandaza inzoga zitemewe.

Ayo makuru abandanya avuga ko uwitwa Selemani GIPIRIPIRI nawe yahanishijwe n’iyo sentare nkuru ya Ntahangwa umunyororo w’impaga w’imyaka 7 ku caha co gucura hamwe no kwigana ibimangu n’ibindi bimenyetso vy’ubutegetsi.


IGIHE

Forum posts

  • kubisanze umwana yubahuka akagandagura sewiw nibara kumutememer iyaba vyakundatmwomufunze ubuzimabwiw bwos mpanuye we mpanura nabandi umuvyeyi nturabe ngo arashaje ngo uce wica ahohos ugez nikubera we yahakugejeje

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.