Home > Amakuru > Amashuri > Abanyeshure baronka urupapuro rw’umutsindo mu mashure yisumbuye y’ikiganga (...)
 Abanyeshure baronka urupapuro rw’umutsindo mu mashure yisumbuye y’ikiganga bategerezwa kuba bafise amanota 60 %
 Abanyeshure baronka urupapuro rw’umutsindo mu mashure yisumbuye y’ikiganga bategerezwa kuba bafise amanota 60 %
				
				Thursday 5 July 2018, by
Mu rwandiko umushikiranganji w’amagara y’abantu yashize ahabona ,Thaddée NDIKUMANA amenyeshako buri munyeshure yiga mu gisata co gupima ingwara “Laboratoire” ategerezwa kwongerwa amanota 5 kw’ijana kuyo yaronse mu bikorwa vyo kwandika ,kubazwa no kwimenyereza (Théorie,pratique).
Thaddée NDIKUMANA avuga ko ata munyeshure yemerewe  gusubiramwo umwaka umwe incuro zitatu ariko uwusubiramwo  ku ncuro ya kabiri abifitiye uburenganzira.
 
IGIHE

Forum posts
1 August 2018, 16:11, by Nshimirimana Gad
Mbe Izompapuru Zumutsindi Sizotangwa Ryari?