IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Abayobozi b’amashure basabwe gutanga amanota y’abanyeshure biteguriye gukora (...)

Abayobozi b’amashure basabwe gutanga amanota y’abanyeshure biteguriye gukora "Exetat"

samedi 22 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Abayobozi b’amashure basabwe ko boshikana ayo manota hamwe n’ayo madosiye mu mugwi ujejwe gutegura ikibazo ca Reta (Exetat) bitarenze igenekerezo rya 25 Mukakaro 2017.

Mw’itangazo ryasohowe n’umuyobozi w’ibiro bijejwe gutegura ibibazo vya Reta, Patrice MANENGERI yamenyesheje ko amanota canke idosiye izoba itarashika muri uwo murwi kuri ico kiringo itazokwakirwa, kandi umunyeshure vyega ntazoba agikoze ikibazo ca Reta gitanga uburenganzira bw’ugutangura Kaminuza.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.