IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Desire UWAMAHORO yaciriwe gupfungwa amezi atatu n’ihadabu y’umuliyoni

Desire UWAMAHORO yaciriwe gupfungwa amezi atatu n’ihadabu y’umuliyoni

mercredi 4 Nzero 2017

Desire UWAMAHORO yahoze arongoye igipolisi kijejwe kurwanya imigumuko yaciriwe gupfungwa amezi atatu na sentare isubiramwo imanza.

Desire uwamahoro yahagaritswe yagirizwa kwiba akoresheje ubwenge umurwizatunga ava mu gihugu ca Siriya amafaranga ashika ibihumbi amajana abiri na mirongo itanu vy’amadorare y’abanyamerika.

Hejuru y’umunyororo, Desire UWAMAHORO yaciriwe kandi kuriha ihadabu y’umuriyoni w’amafaranga y’amarundi, mu gihe abandi bari kumwe baciriwe gupfungwa imyaka itanu no kuriha ihadabu y’umutiyoni w’amafaranga y’amarundi.

Urubanza rwari rumaze ukwezi mu mwiherero.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.