IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Gitega : Urubanza rw’abacamanza bo mu Cankuzo rwungururijwe kuw’Imana

Gitega : Urubanza rw’abacamanza bo mu Cankuzo rwungururijwe kuw’Imana

samedi 9 juin 2018

Chantal NIZIGAMA na Odette HATUNGIMANA bagirijwe kuba mu mirwi irwana, guhungabanya umutekano hagati mu gihugu, gutuka abacamanza, umushikiranganji w’ubutungane n’umukuru w’igihugu.

Urubanza rw’abo bacamanza ntirwumvirijwe, rwaciye rwungururizwa kuw’Imana igenekerezo rya 10 Ruheshi 2018.

Uko ari babiri bahagaritswe kuwa gatatu igenekerezo rya 6 Ruheshi 2018, inyuma yaho bankiye gushira mu ngiro urubanza rw’itongo ruhuza Pierre MVUYEKURE na Clotilde KADARI bo ku mutumba Muyaga, komine n’intara ya Cankuzo.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.