Home > Amakuru > Amashuri > Ikibazo co kwinjira muri ISCAM kizokorwa kw’igenekerezo rya 26 (...)
 Ikibazo co kwinjira  muri ISCAM kizokorwa kw’igenekerezo rya 26 Rusama
 Ikibazo co kwinjira  muri ISCAM kizokorwa kw’igenekerezo rya 26 Rusama
				
				Wednesday 23 May 2018
Amakuru dukesha urubuga rwa twitteur rw’umuyobozi w’ishure kaminuza ISCAM amenyesha ko ibibazo bizokorwa arivy’ibiharuro,igifaransa hamwe n’icongereza.
Bitegekanijwe ko ivyo bibazo bizokorerwa ku mirwa mikuru y’intara kuva igihe c’isaha imwe yo mu gitondo.
BIKORIMANA Vianney
