IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Kaminuza y’Uburundi igiye gutanguza inyigisho z’igice ca kabiri ca (...)

Kaminuza y’Uburundi igiye gutanguza inyigisho z’igice ca kabiri ca kaminuza

mercredi 4 Gitugutu 2017

Gaspard BANYANKIMBONA umukuru wa Kaminuza y’Uburundi amenyesha ko ibisabwa kugira uwushaka kwiga izo nyigisho ahabwe uburenganzira bwo gukora ikibazo kizomurekurira kwiga zizokwakirwa kuva ku musi wa kabiri igenekerezo rya 10 gushika ku rya 20 gitugutu 2017 kuva igihe c’isaha zibiri n’igice z’agatondo gushika isaha umunani n’igice z’umutaga.

Mw’itangazo ryasohowe n’umuyobozi wa kaminuza amenyesha ko uwushaka amakuru zijanye nico gikorwa ashobora kubisoma kurubuga rwo mu biro vy’umukuru wa kaminuza y’Uburundi kuri (cabinet-recteur @ub.edu.bi) canke ku rubuga rwa Kaminuza y’Uburundi kuri(www.ub.edu.bi).


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.