IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Kayanza : Babiri bagirizwa gutera gerenade baciriwe gupfungwa ubuzima (...)

Kayanza : Babiri bagirizwa gutera gerenade baciriwe gupfungwa ubuzima bwose

vendredi 4 mai 2018

Abo bagabo babiri bagirizwa ko bateye gerenade ku mutumba Kivoga wa komine Gahombo, intara ya Kayanza, mw’ijoro ryo kuwa gatandatu, igenekerezo rya 21 Ndamukiza 2018.

Inyuma y’amasaha makeya ico gitero ca gerenade kibaye, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga Ibiza, Pierre NKURIKIYE, yavuze ko icatumye iyo gerenade iterwa bari bamaze kukimenya.

Umuvugizi w’ubushikiranganji yemeje kandi ko uwikekwa gutera iyo gerenade hamwe na babiri bafadikanije baciye bahagarikwa.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Koko gerenade yaretewe, mu bushikiranganji bwiyita ko bujejwe umutekano no gukinga ibiza bamaze kubimenya hanyuma ntibafata ingingo ? Jewe mfise ububasha noca ndabafuta booooose ku murongo. Mugabo baca barondera inzirakarengene kandi urubanza rwiciye.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.