IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya : Abahinga bo muri kaminuza bakoze ikigendajuru ca mbere

Kenya : Abahinga bo muri kaminuza bakoze ikigendajuru ca mbere

jeudi 25 janvier 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko, kugira ico kigendajuru gikorwe abahinga ba Kenya bafashijwe mu bijanye n’uburyo n’ikigo co mu Buyapani kijejwe kugenzura ibirere.

Abajejwe intwaro muri Kenya bamenyesha ko ico kigendajuru kizokoreshwa mu kugenzura ibijanye n’uburimyi hamwe no kugenzura imbibe z’igihugu.

Igihugu ca Kenya kibaye ica gatandatu ku mugabane wa Afirika kironse ikigendajuru mu kirere.


BIKORIMANA Vianney

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.