IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya: Raila Odinga avuga ko atazosabikanya ubutegetsi n’abayoboke ba Uhuru (...)

Kenya: Raila Odinga avuga ko atazosabikanya ubutegetsi n’abayoboke ba Uhuru Kenyatta

lundi 4 Nyakanga 2017

Raila Odinga avuga ko abayoboke ba Uhuru Kenyatta ari abasuma, ari naco gituma atsinze amatora azosubirwamwo, ata kibanza azobaha muri Reta.

Amakuru ava mu gihugu ca Kenya amenyeshako mu gihe Uhuru Kenyatta yariko yifatira mu gahanga sentare ntahinyuzwa ku ngingo iheruka gufata yo kugwiza n’ubusa ivyavuye mu matora, yari yatsinze,Uhuru Kenyatta nawe nyene yamenyesheje ko umugambwe wiwe Jubilee ushobora kutazosabikanya ubutegetsi n’abatavugarumwe nawe niyo yongera gutsinda ayo matora .

Mwomenya ko Raila Odinga yabishikirije inyuma y’aho sentare ntahinyuzwa yo muri Kenya igwije n’ubusa ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu yabaye mu kwezi guheze aho yamenyesheje ko ayo matora yaranzwemwo utunenge.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.