IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya: Raila Odinga yamenyesheje ko atazokwitaba amatora

Kenya: Raila Odinga yamenyesheje ko atazokwitaba amatora

mercredi 11 Gitugutu 2017

Ayo matora yo kuwa 26 Gitugutu 2017 azoba ari ayo gusubiramwo ayabaye inyuma y’aho sentare ntahinyuzwa mu gihugu ca Kenya ifutiye ivyari vyayavuyemwo avuga ko yabayemwo utunenge.

Raila Odinga avuga ko avuye muri ayo matora kugira ahe akaryo umurwi ujejwe gutegura amatora IEBC umwanya ukwiye wo guhindura ibikenewe kugira ayo matora azobe meza.

Umurwi ujejwe gutegura amatora wari wamenyesheje ko umukuru w’igihugu Uhuru Kenyatta ari we yatsinze amatora aronse amajwi imiriyoni 14.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.