IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya: Raila Odinga yemeye kwitaba amatora azosubirwamwo

Kenya: Raila Odinga yemeye kwitaba amatora azosubirwamwo

samedi 9 Nyakanga 2017

Ubwa mbere Raila Odinga yari yavuze ko ashobora kutitaba amatora azosubirwamwo, mu gihe abagize umurwi utegura amatora mu gihugu ca Kenya batohinduka.

Mu ntango z’ukwezi kw’icenda, sentare ntahinyuzwa ya Kenya yimye agaciro ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu yo mu kwezi kw’umunani, aho Uhuru Kenyatta ari ku butegetsi yari yavuzwe ko ariwe yatsinze amatora.

Umukuru wa sentare ntahinyuzwa yavuze ko ayo matora y’umukuru w’igihugu yabayemwo utunenge,aca asaba ko yosubirwamwo mu minsi 60.

Raila Odinga yavuze ko yatsinzwe kubera amamashini yakoreshwa n’umugwi ujejwe gutunganya amatora yinjiwemwo.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.