Accueil > Amakuru > Ubutungane > Makamba : Umugore yishe umugabo yaciriwe urubanza
 Makamba : Umugore yishe umugabo yaciriwe urubanza
 Makamba : Umugore yishe umugabo yaciriwe urubanza
				
				samedi 8 Mukakaro 2017, par
Uwo mugabo yishwe n’umugore wiwe yamucumise imbugita, akaba yaciye afatwa ajanwa mu butungane, aho yaciriwe urubanza rw’ugupfungwa imyaka 20 mu ntahe y’ikibiriraho yashashe kuri uwu wa gatanu.
IGIHE

Messages
10 Mukakaro 2017, 21:36, par ejide
nagahomerabunwa ahumumuciriyemike