IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Muramvya : Abanywanyi b’ishirahamwe PARCEM baciriwe gupfungwa imyaka (...)

Muramvya : Abanywanyi b’ishirahamwe PARCEM baciriwe gupfungwa imyaka 10

samedi 10 mars 2018

Abo banywanyi batatu ni Emmanuel NSHIMIRIMANA, arongoye PARCEM mu ntara ya Muramvya, Aimé Constat GATORE, arongoye PARCEM muri komine Mbuye, hamwe na Marius NIZIGAMA, arongoye PARCEM muri komine Buhangura.

Abo banywanyi b’ishirahamwe PARCEM bari bahagaritswe mu kwezi kwa gatandatu mu mwaka wa 2018, bagirizwa guhungabanya umutekano w’igihugu.

Umushingwamaza wabo, amenyesha ko atashimishijwe n’urubanza abo aburanira baciriwe, akamenyesha ko bazokwunguruza urubanza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.