IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Rumonge : Buramatari yemeza ko abanyeshuri baheba amashuri ari (...)

Rumonge : Buramatari yemeza ko abanyeshuri baheba amashuri ari benshi

jeudi 8 Ruheshi 2017

Mu nama yaremeshejwe n’icegera ca kabiri c’umukuru w’inama nkenguzamateka kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 7 Ruheshi 2017, buramatari w’intara ya Rumonge yamenyesheje ko abana benshi baheba amashuri bakaja kwubaka hataragera.

Buramatari w’intara ya Rumonge yamenyesheje ko mu matohoza yakozwe kuva mu kwezi kwa Rusama 2017, basanze hari ingo zirenga 1200 umugore n’umugabo babana bidaciye mu mategeko.

Buramatari w’intara ya Rumonge akamenyesha ko abatwaza inda abo bigeme ari ahanini abanyonga amapikipiki, abarongozi mu bisata bitandukanye canke abajejwe gutanga indero ku rwaruka nk’abigisha n’abandi.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.