IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Shabani NDAYISHIMIYE yateguye ibiteramo vya Koffi OLOMIDE yashikanwe i (...)

Shabani NDAYISHIMIYE yateguye ibiteramo vya Koffi OLOMIDE yashikanwe i Bujumbura

mercredi 12 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Osman Shabani NDAYISHIMIYE yafashwe ku mugoroba wo kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 11 Mukakaro 2017, afatirwa mu ntara ya Kirundo ariko arondera kwinjira mu Rwanda, yongera aranakomereka ariko agerageza guhunga mu gukoroka mu modoka yari yurijwemwo n’igiporisi.

Uwo yategerezwa guha umuririmvyi Koffi OLOMIDE amafaranga yakoreye mu biteramo yaremesheje i Bujumbura, mu nyuma afatwa ariko agerageza guhunga atarishe uwo muririmvyi, yahagaritswe n’igiporisi yagirizwa ko asubiriye kwiba akoresheje amayeri.

JPEG - 100.5 ko
Shabani Osman NDAYISHIMIYE yafatiwe mu Kirundo ariko agerageza guhungira mu Rwanda adatanze agahembo k’umuririmvyi Koffi OLOMIDE

IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.