IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Sudani y’Epfo: Umukuru w’igihugu yakuye umukuru w’abasirikare

Sudani y’Epfo: Umukuru w’igihugu yakuye umukuru w’abasirikare

mercredi 10 Rusama 2017

Paul Malong yakuwe mu mabanga yo kurongora igisirikare kuri uno wa kabiri,igenekerezo rya 9 Rusama,umwaka wa 2017, aca asubirizwa n’uwitwa James Ajong.

Paul Malong yakuwe mu mabanga mu gihe hari haheze iminsi hari abantu bitaba Imana abandi bagakmereka mu ndyane hagati y’abanyagihugu bo mu ntara ya Gogrial.

Iryo kurwa mu mabanga ry’umukuru w’igisirikare kandi rije rikurikira,abandi bategetsi mu gisirikare batanze imihoho bagiriza igisirikare nyene ko gikora ivyaha bitandukanye, harimwo n’ihonyabwoko.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.