IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Ubushikiranganji bw’indero bumenyesha ko ibitabo vy’abigisha n’abanyeshuri (...)

Ubushikiranganji bw’indero bumenyesha ko ibitabo vy’abigisha n’abanyeshuri vyabonetse

vendredi 20 Nzero 2017

Ubushikiranganji bw’indero bumenmyesha ko ibitabo vy’abigisha n’abanyeshure bikoreshwa mu gice ca kabiri c’ishure nshingiro vyamaze kuboneka,kandi bigiye gushikirizwa amashuri.

Joel Gashaka umuyobozi w’ibiro bijejwe ivyigwa vy’igice ca kabiri c’ishure nshingiro,amenyesha ko ibitabo vy’abigisha n’abanyeshure bitari vyabonetse mu gice ca mbere c’ishure ,ubu biriho hasigaye ko bitangwa.

Umuyobozi w’ibiro bijejwe inyigisho mu gice ca kabiri c’ishure nshingiro amenyesha ko ibitabo abigisha bakoresha mu gice ca mbere c’ishure bitari bikwiye,ariko ko ibikoresho bikwiye bigiye gutangura gutangwa mu gihugu cose.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.