IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Umukuru wa Karitiye Nyabagere yaraye mw’ibohero rikuru rya Mpimba

Umukuru wa Karitiye Nyabagere yaraye mw’ibohero rikuru rya Mpimba

mercredi 28 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Umukuru wa Karitiye Nyabagere yari amaze iminsi icenda apfungiwe mw’igendereza i Bujumbura, yungururijwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba kuva ku muhingamo wo kuri uwu wa kabiri.

Uwo yatawe muri yompi ni umunyanyi wa FNL ayoboke Rwasa Agathon, icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka.
Yaheruka guhunguka, akaba azwi kw’izina rya Célestin NAHIMANA, batazira "Badera".

Niwe mukuru wa karitiye Nyabagere iri muri zone Gihosha, mu gisagara ca Bujumbura. Mu muryango wiwe bamenyesha ko yari yahunze abantu baguma bamutera ubwoba ko bazomugandagura.

Ubutungane bumwagiriza uguhungabanya umutekano w’igihugu (Atteinte à la sûreté de l’État).


IGIHE

Messages

  • HAHAHAHAHAHAHAHAHAHA!!¡!¡!!!!!!!!
    BARABAMARA VYUKURI

  • BARABAMARA, JE NDIBAZA NTI NONE UMUNSI BAVUYE KUBUTEGETSI, MUGUHUNGA BAZOGURUKA CANKWA. OYA BAZOKWIYIMBIRA IBINOGO BIHAMBA. EREGA AKARENGANYO NKAKO IMANA NTISHOBORA KUGUMA IKEMERA, PU LETA YIMBATA

  • @ Mahoro, nhumusibavuye kubutegetsi!?
    Ryari wigeze ubona muburundi harabava kubutegetsi?
    Mbega abatwaranye igihugu na Micombero warigeze wumva baravuye kubutegetsi?
    Mbega abatwaranye igihugu na Bagaza warigeze wumva kobavuye mibutegetsi!?
    Mbega abatwaranye igihugu na BUYOYA warigezewumva kobavuye kubutegetsi?
    Mbega abatwaranye na Ndadaye, Ntibantunganya, Ndayizeye warigeze wumva baravuye mubutegetsi!?
    Nimba ivyotuvyunvikanako kuraba bari kubutegetsi uyumusi icokizere cawe cuko bazova mubutegetsi bwigihugu cabo cuburundi ugikurakuki canke ugikurahe?
    Ubwontiwumiye kwatwatunama twaba Biligi baribarababwiye mbere ya kudeta yokwigenekerezo rya 13/05/2015?
    Gabonabo nzobandeba ukuntu uzobakura mubutegetsi mugabo sivyokuzobonwa nawe nanje ngirabizobonwa nabuzukuruza bacu kuko nabavuga ko abarimubutegetsi bwa Micombero bazokurwa mubutegetsi urabona konunomusi batarakurwa mubutegetsi imyaka 40 yaraheze ndacarindiriye bazokurwe mubutegetsi ndabe.
    Erega biragoye kuko igihugu kibakiriko kiratwarwa nabarundi uvuzerero ngwabarikobaratwara bazokurwa mubutegetsi ucubonekana ko ufise icizereko aba Biligi aribo bagiye kuzotwara uburundi maze bakazoca bakura mubutegetsi abarundi!
    MAHORO ndangije ndagutwenze kandi nawewe niwakora nkabirya uwoyaflpfunzwe yakoze haryari nihuzoja waburi nomukindigihugu ugakora nkabirya yakoze ntacobuza udashirwa ahameze nkaharyanyene kuko burigihugu kirafise ahogishira abantu bakoze nkabirya ntiwihenderero ngorimukindigihugu ngowokora anabibakakureka.

  • birabaraba.ntimuzotwaremubanyagihug

  • Ahubwo uko baguha fafunga inzirakarengane nuguha inguvu gwasa asha nimurindire hasigaye imyaka 3 murabahutu natwe turabahutu tuzonyinyurana basha turarushe niyo ntwaro yanyu yigikenyu.
    GWASA TSINDA 2020
    ABAKWANKA BANGARE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.