IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abagirijwe gutembagaza ubutegetsi bashobora gufungwa imyaka (...)

Abagirijwe gutembagaza ubutegetsi bashobora gufungwa imyaka 30

samedi 23 Rusama 2015, par Jean De Dieu

Sentare nkuru y’igihugu imenyesha ko amatohoza abandanya gukorwa kubagirijwe gushaka gutembagaza ubutegetsi bw’abanyagihugu mbere ko abafashwe bashobora guhanishwa igihano c’imyaka miringo itatu.

Agnès Bangiricenge umuvugizi wa sentare nkuru y’igihugu mukiganiro yahaye abamenshamakuru yamenyesheje ko uwowese wagirijwe kuba yarashatse gutembagaza inzego zitorewe nabanyagihugu ashobora guhanishwa igihano cogufungwa imyaka miringo itatu.


IGIHE

Messages

  • Ivyo Ndabishimye Pe.Abahunze Baronderwe Vuba.

  • yaba uwo avugira iyo sentar nizo mpfungwa nabakora imyggaragambyo bose bahigira inda zabo gusa twarabahinyuyeshaaaa

  • Ako ka Dada umusi twatsinze nzokarya nukuri angeze ahantu je twariganye ari aka juju kari fort muri kirundi ayandi ma court yose kari aka debire ni gatekereze .....

  • Mu misi mike bazopfungurwa mw’izina rya Yesu. Ahubwo hari abazobasubirira, abandi nabo bazopfungirwa mw’ibohero ry’’i ikuzimu, bari mu masandugu. Sikera, uwezwa ashishikarare yezwe, uwugororotse ashishikare agororoke, uwanduye mu mutima ashishikare yandure. Yesu agira azane ingero: Apocalypse22:10-12

    God bless abumva!

  • Nkurunziza ni Umurokore kwli ubu se iyo bamufata bari kumukatira 30ans!? Ubu ntibaba baramukurikije ndadaye!?

  • Nagira iyi site yubahiriza amategeko. Koyemerako batukana nokuvugàamajambo y’ubwicanyi. Kurya ntibisigura manger, bisigura tuer, chanke brûler au pneu, le filtre n’a pas été sensible. Lapsus? A voir, je crois que je ne serai pas censuré.

  • turabizi yuko mwikubise kudeta kugira mufunge abo mutashaka.kuki atamuhutu arimwo?kiki arabasoda bakera gusa namwe nimwibaze iyo politike y’a Peter?ntaco ntajoro ridaca.

  • Birababaje ariko mbabazwa nabiyita ngo bize amategeko hagira kuyashira mungiro canke kuyakwirikiza bagatumako ayateguriwe mungoro ya DD.Sha mweregwe hari umusi uruhigi ruzahindukira imbeba ikiruka ku kayabu

  • Ahubwo murahera kuri Nkunziza nimwaba muvugira urwego rw-ubutungane bw-igenga
    Ntimwiteze utunyoni mubogamira ku maronko yanyu.Mu menye ko abarundi bayamaze bati:Uwushaka akarenzo arenzwa ivu.
    Ibyo mukora muzovyifuza amazi yarenze inkombe.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.