IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abantu bagera kuri 14 nibo bafashwe n’igiporisi

Abantu bagera kuri 14 nibo bafashwe n’igiporisi

samedi 13 Ruheshi 2015

Abantu bagera kuri 14 nibo bafashwe n’igiporisi hamwe n’abakorera urwego rw’igendereza mu ntara ya Kirundo, ubu bakaba bapfunzwe.

Abo bafashwe, bamwe bakaba bariko bashaka kujabuka urubibe Uburundi buhana n’Urwanda, baciye mu tuyira tutazwi n’amategeko. Uwurongoye urwego rw’igendereza aho mu Kirundo, avuga ko abo bafashwe, bariko bakorwako amatohoza, kuko bafashwe bashaka kujabuka imbibe batagira impusha, aho bari bafise gusa ikarata ndangamuntu. Mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vya poritike bavuga ko abo bantu bariko barahunga.

Muri APRODH aho mu ntara ya Kirundo, bamenyesha ko abo bantu 14 bapfunzwe bidakurikijwe amategeko, kuko umuntu wese afise uburenganzira bwo guhunga, kandi akaja aho yiyumva amahoro n’ umutekano.


Aristide Nizigire

Messages

  • Ntawuhunga yamanje gusaba uruhusha

  • None gabasha tugiye kubaho gute?abobantu mbona umengo ubuzima bwabo ntibwifashe neza hamwe nizo mpinja babafate babafunge?abantu mbona umenga bafise imyaka ijana niyindi,ariko abo bose bagira ivyo uburundi bavutse babusanga nabo bazopfa babusige iyontwaro ikazovako bamwe tuzovyina abanditugandare ibihe biha ibindi.

  • Nibavane amaboko mumpuzu bakore naho ibyo guhunga inzara byo niyo bashaka kujya mu Rwanda rurakinga babiri. Utwo tugori (impungure) babashukisha nabo bagombye kuzihingira abo banebwe. Imfashanyo Ntabwo ari ikintu kiza kuko nizo abazungu bashukisha abanyafurika

  • Yemwe,abarin’amaso nimubone abarin’amatwi nimwumve!iyintwaro ntaho itaniyeniya CAMI!

  • sikwifurije guhunga umurundi uwariwe wese. ariko umuntu iyo abonye umutekano wiwe ubangamiwe abari kuwucungera bagakorana nababisha none mukeneye ko abarundi babaho gute. tureke sentiment zumugabwe turabe inyungu zumunyagihugu. mu kirundo ntazara iriyo.kurasa umunyagihugu atankoho afise ndumva bidasiguritse none niho umutekano wabo banyagihugu uca uboneka. ndiko ndaba ibiriko biba mu burundi umengo ni 1972 aho abantu bicwa abajejwe kubacungera umutekano barorera

  • Barundi,barundikazi,rwaruka mparaniragihugu namwencutiz’uburundi.twihweje ibirikobibamu burundi biragaragara nezako:<akarimumenyo y’imbwa bagakuzayubuhiri!>kandingo,<igihugu ntigitangwa kirarwanirwa!>

  • mutabazi,ndibaza ko ivyuvuga utatohoj neza.twe twataye ubuzi kandi bwiza kubww’umutekano wacu ubangamiw kandi ico womenya nabo uvuz batay imyaka mu mazu,ibiharag bireze,amasaka agiye kwera,ibijumbu,ibitoke n’amateke biriho ariko barabisize.wumve neza ko ata nzara iduhungisha

  • None umutu arahunga ubusa atakiriko kiramutotoza???? Nibabareke baje iyo bagomba nuburengazira bwabo

  • mbega yemwe ivyo si ivyemezo ko igihugu kitubahiriza agateka ka muntu? nibabarek bagende aho biyumva ko batekanye. nkurunziza naw bimuh icigwa ko iki kiringo ashaka kwiyongera ari ic’inkorabara.

  • Iyo leta irateye isoni kabisa,none ubu nta muntu agifise uburengazira bwogukiza amagara yabo,Peter urateyesoni ugire usige umugani mu burundi no kw’isi yosepe

  • Wewe uhunze woza kwaka ivyangombwa uwo uriko urahunga?canke woribwa ni imamba ukaja kwitwara kw’isato?mwebwe mubona mwokora iki? Aha nkeneye inyishu yaburimuntuwese asomye iki ciyumviro.MURAKOZE.

  • nonentimwobareka bambona atarehezamukarekabowewewunvaibugwantirokakugirabwoba

  • ariko agiporisi kirantangaje kweri mwebwe mufata abahayebasubiriwabu nimufate umuhutu gusa abatutsi nabomubareke basubire iyobazananye arega amatongo yaraze muburundi nabobarabibona nicogituma bahayebisubirira iwabu bavuga bati "mwenda kwao siyomutumwa" uti kandi "uwuja iwabuntatinyijoro " bareke bagende ariko umuhutu ntimumure ngwarengane kuko murwanda siwabu murakoze

  • iyo ni crime contre l’humanite. uwo gouverneur wa kirundo arakomeza gukwiza ivyaha. La Haye iramurindiriye

  • BARABONEKA KWINZARA YABISHE NIBABAFASHIRIZE AHO BABA NAYAHANDIHO MBONA BAGEZE KURE

  • Birababaje kweri !muguhunga ntawusezera

  • yoo.bantu mukivuga ko guhunga ari inzara
    burya abarenga 100000 nabakene gusa.ba hatungimana ko bagiye harya yari amapha bahunze?teshwa ute herodi teshwa ute

  • Yobama bazabaravugisha ukuri kobabangamiwe ninzara Imana yokwishuye ningoga, ariko kubera bemera gushirako icahacububeshi ngobahunze Imbonerakure bazobonibara murebavyase bikunze.

    Ubunamaze kumenyako hariho abanyarwanda bateguwe ninkotanyi bagomba kuzokwinjira munkambi yabarundi iri ahitwa Kirehe bakabica hagasigara rumbarwa ngononeho bacebagiriza uburundi canke ngo Tanzania kwarivyo vyarungitse abaja kwica izompuzi, bikavurwako barikobarategura abantubabarundi bazocambemeza ko barungitse na reta yuburundi abobantubarikobatategurwa nahobazobabari kumupaka wuburundi na Rwanda kugira ngwabajejwe umutekano bomu Rwanda bazokwirondeze bigirishako barikobarakurikirana abakoze amabi noneho batangaze kohariho abobafashe ngokandi baravyiyemerera.

    Murumvanyene hazosigara guharira hagati yibihugu ariko ibara ryamaze kurwa. Ndabaciriyagace nkabandagakesha abataribake bincuti zabarundi babanyaRwanda, banambariye ngo abarundi babuze ahobahungira guhungira mugihugu nku Rwanda ngwahamubona natwebwe uwoduha akanya twotekera tugahunga. Aborero birukabaja Rwanda bamenyeko kwarukwigerezako, ntibasumvya ubwiza Twagiramungu na Nyamwasa.

  • Bareke bigire mwabihume mwe erega nimwe bahunga kuko ataco mwabunguye ataru kubatoteza

  • Mbe ko aba dd bashiraimbere ubwoko urazi abahutu bahunze kandi bahunga dd

  • ewe abatutsi twarabamenye muvuga ngo muriko mura foroma igisoda nimuze tubasasize isi yiburundi yarataye akanovera tubahaye ikaze ubu sikera yooo welcame

  • ewe abatutsi twarabamenye muvuga ngo muriko mura foroma igisoda nimuze tubasasize isi yiburundi yarataye akanovera tubahaye ikaze ubu sikera yooo welcame

  • aba dd muzohanwa nimana kuberiki mushirimbere amoko ubu muburundi ikiriho sikibazo camoko ubu twese dufatanye munda mukwiyamiriza intwaro yanyu yagacinyizo muragatsindwa nimana

  • jewe ndibaza ndemokalasi mwilirwa mulilimba nalayibuze jewe nagiye gupagasa mulidemile muranda fite imya 13 ubungubu mfite 26 iyo ?demo kalasi yo kwica abantu kubuza abalundi ubwigenge kubuza guhuga abamama guhungisha ubuzima abavyeyi badufatanga akaboko batweleka imbeleheza none musigaye mubakulula amatwi niyo mpembo muhevye abo bavyeyi bagandagaje ngaho ese habaye halimo mama wawe vya ngushimisha? ndabaza leta yi bulundi mvuka mukilundo jewe mbabajwe nabo byeyi bacu

  • jewe ndavuga kuli leta yubulundi ndaba ubu nkatangala cane gose ese iyo bilirwa babesha ngo hali amaholo mubulundi baleba abavyeyi bacu babicalitse hasi ahasigaye ngo hali umutekano wahehe laba abo batamakazi mulaba namasoyanyu oke kutumva inama nibibi ni ndayishimiy claud

  • NAFUNGWE NICO YARI YAGIYE GUHIGA

  • HUYO ANAYE SEMA ETI KILA MTU ANASTAHILI KUKIMBIA NCHI YAKE, HUYO AKAMATWE , AANGALIE TANZANIA ILIVYO TULIVU. ASANTE

  • KWANZA HAO WATU INATAKIWA WAFUNGWE KWANI KUKIMBIA NCHI SIYO RULUSHENI

  • HIVI HAO WATU KWANINI WANASHIDWA KUJENGA NCHI YAO? HAPO WANAJITABISHA BULE

  • Hivi Hao Watu Kwanini Wanatabika? Kwanini Wasijenge Nchi Yao? Kukimbia Sio Solusheni "mfano Halisi Je? Watanzania Wanakimbiaga Ovyo Ovyo? Acheni Upuuzi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.