IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Abanyarwanda bahora biga mu Burundi bagiye kwiga mu bindi bihugu

Abanyarwanda bahora biga mu Burundi bagiye kwiga mu bindi bihugu

lundi 3 Myandagaro 2015

Urwaruka ruva mu gihugu c’Urwanda rwiga mu mahanga,rwarahuriye mu nyigisho zo gukunda igihugu mw’ikambi y’abasirikare ya Gabiro mu buseruko bw’igihugu c’Urwanda.

Mu bikorwa vyo kurangiza izo nyigisho,umukuru w’igihugu c’Urwanda Paul Kagame yarabagendeye kugira baganire ku bijanye n’uko igihugu cifashe,n’ico urwaruka rwoterera mw’iterambere ry’igihugu.

Urwaruka rwiga mu makaminuza yo mu Burundi,rwarerekanye amakenga rufise ku mutekano muke uri mu Burundi,umukuru w’igihugu c’Urwanda aca abemerera kubandaniriza amashuri mu bindi bihugu.

Umukuru w’igihugu c’Urwanda yavuze ko ico kibazo yamaze kukiganira n’umushikiranganji w’inyigisho,kandi ko bafashe ingingo ko abanyeshuri bategerezwa kwiga mu Rwanda canke mu bindi bihugu.

Paul Kagame yaratanze impanuro ku rwaruka aho yabasavye ko bobandanya barondera ubumenyi,bakareka gufata ibiyayuramutwe canke ibindi vyose vyonona ubwenge bw’umuntu.

Izo nyigisho zamaze indwi zitatu,zitabwe n’abanyeshuri 183 harimwo abahungu 109 n’abakobwa 74,muri abo 22 biga mu gihugu c’Uburundi.


IGIHE

Messages

  • Ntabahatuye ntitubakeneye nibagende izoninkotanyi

  • ahubwo jehonumva baratevye izonkotanyi ntazodushaka mu burundi.ahubwo nababa iburundi baribakwiye kwirukanwa izonyenzi ntaciza cazo.ahubwo reta niyige ukuntu twobatekeza inyenzi nikizikomokako zirakwiye guhona ibivyose biba mu burundi zibifisemwo uruhara

  • Ikazi ko kuneka baribarimo i Burundi nuko babonye katagishobotse

  • @Kanyarwanda na bongo

    Umwanya muta mutukana ntacyo bizabagezaho, mwari mukwiye gushaka uko mukemura ibibazo by’amoko bya munze ubwonko bwanyu, Urwanda ntabwo rukoresha abana kuneka ubwo buswa bwanyu. Rwanda ifite abantu byagiye mu mashuli ahanitse apana mw’ ishyamba nkamwe, wari wabona aho General muzima arasirwa muri capital? Biragaraza ko namwe nta mutekano mufite. Muzabaze South Africa na Congo ya Kabila uko baneka ureke ayo mateswa yanyu, dore ko iyo mubuze icyo mukora mwikoma Rwanda. Mutazakinisha Inkotanyi mugahura n’akaga.
    Wowe wiyita kanyarwanda ( urabeshya ntabwo uriwe) niba koko uriwe urashya warura iki?

  • ewe mwabigugu nimuze murarondera abansi hose mwibandanirize mwisamburireko nayo abanyarwanda barabasize ntimuzopfa mubashikiriye mugitwagwa nibinywamaraso.l

  • abarundi muba mushaka gusesta abanyarwanda . mubona hali umunya rwanda ugikeneye icyo gihugu kweli . kagame azabalisha umutwe mpaka. urumva ibigambo muvuze byerekana umujinya kandi ntacyo mwadukoraho. mu pole.

  • ahubwo njye mbona baliya bana bali baranjyiye kwigisha abarundi . kuko simbona icyo umwana wumunyarwanda yakwigira iburundi.

  • abarundi ko ntaccyo bongeye kwandika ngo twsekere. basanze ibyo kanyarwanda yababwiye alibyo. mu pole ibibazo mulimo byarabangije mumutwe njye ndabumva nibyo mwandika byonyine byerekana ko mutali tayali . aliko ntabwo ali bose halimo abazima babona ko bakwiye kubaka igihugu cyabo. abo ndabashyigikiye . mukomeze imana irabumva.

  • Ndiko Jonas, wewe uvuga ko Abarundi ataco bazoshikako ngo bagitwawe n’ibinywamaraso gezaho wotubwira ico twashitseko 40 ans après l’indépendance ridondagure turabe, abo uvuga sibo batwara.
    Hanyuma rero ndabona wiyibagiza amaraso yamenetse kuva twikukira urasubira mu mateka canke uravyirengagiza, wibaza ko ari impene bakerera.
    Nimba utari bwavuke reka nkwibutse ivya vuba Ndadaye yishwe nande,yaziz’iki?
    Igihe cose tutazunva akababaro k’uwundi naho tutoba dusangiye ubwoko,umenye ko nt’amahoro tuzoronka mu Burundi.
    1965,1972,Ntega na Marangara, 1993 abo bose baziz’iki, gez’aho reka gukoza urutoke mu bisebe vy’umuvugo.
    Imana ikubabarire kuko ntuzi ivy’uvuga,amahoro kuri twese Abarundi!!!!

  • ko muvuga ngo ntimukeneye abanyarwanda muzi umubare w’abarundi uba mu rwanda? mwitonde kuko namwe musigaye muzisanga mu rwanda kuko niho hari amahoro.

  • Mbe Abo Bavugako Ataco Abanyarwanda Bari Bagiy Kwiga I Burundi.Mbe Bibazako Aribo Bazi Ubwenge.Jew Aho Naciy Niga Hose Abanyarwanda Bamenya Abandi Bose Bamenye.Mbeho Bibazako Ariko Twari Tubakeneye?Za Mubanza Mwiyumvir

  • Biyibuts hagezekuko imigenderanir yurwandanuburund ntiwifashenez.rerokobigikunda nibigir bongerebasenger bagenzibe.

  • tuvuge ukuri banyarwanda kko birazwi ntimwirat ntabuhinga mwakoreshej mugufata igihugu ntagihugu mwafatishij umuheto vyukuri nakantu Imana yikoreye kunterahamwe kuko baritonze baratekera barahunga bitavanye nuwomuheto muvuga kuko iyaba zabaye inguvuzanyu ntibabava muvyara kandi ntacobabakuranaho UHORAHO rero niwe yabomoye nyamba boba batamuhimbaye hama ibashiraho mwebwe namwe nimutamuhimbara ntimwirate azobagira nkababatanguriye,kuvyubutunzi navyo mumyaka mumaze igihugu gitekanye vyukuri mubamugezekure ndavye nivyomwashikiyemwo atamuruho mwigeze mubigiramwo kwirata rero mwobireka nkabarundi ntimwoduhenda kko ivyanyu turabizi vyiza mwohenda abavutse vuba canke nkabomubihugu vyakure bo mubahenze njanye kukobo ntawobahinyuza yobamwo.

  • Hari uwiyise NTIDUHENDANE wagirango ntatuye muri aka karere? iyo uvuga ngo nta ntambara yo gufata igihugu yabaye mu Rwanda, ugendera kuki? uzi igihe yamaze? wageze mu Rwanda icyo gihe? ese waba uzi gusoma ngo uzarebe reports zitandukanye za UN? Kiretse niba uri interahamwe canke ex FAR (sorry) ukaba utemera ko watsinzwe ku muheto? kuba Imana yarahaye abanyarwanda igihugu ntibivuga ko nta ntambara yabaye, bararwanye irabayobora!!

  • Nta kibi na kimwe kirimwo niba u Rwanda rushoboye kwita ku banyagihugu barwo, bakabashakira aho biga neza mu mutekano ikibi kiri hehe?? Kuvuga ko nta mutekano uri mu burundi ni icaha? none urahari ga yemwe? abanyeshuli beretse President ko bahagaritse umutima kubera securite nke, nawe arabahumuriza ababwira ko bazobandaniriza kwiga ahandi, IKIBI MUBONA MURI IYI NKURU KIRI HEHE?? Kubana ni ukumvikana, abavuga ngo inyenzi bazirukane, ngo ntituzikeneye, muravuga ayabana ntimuzi sur quel pied danser!!

  • wewe wiyise #da#baraguhenze mbe inkotanyi kumengo urazishira imbere burya zisumvya kurasa abandi?mbe hoho urazibaze ayo twazikoreye muri congo.gusa mbabajwe nuwuvuze ngo tuzisanga turi irwanda.twebwe!hazohunga inyenzi zenewanyu twebwe twiteguriye kurwanira igihugu mpaka.igihe twakangariye ni kera inkotanyi nazo zimenyeko abarundi atari abakongomani muvogera ukwomushatse rindira

  • mbe murabpf’iki? laissez la politique au politicien, abatanze commentaire mwese kuriy’inkuru sinzi icyo mupfa, abarundi n’abanyarwanda bahoze ari bamwe kuva cyera nimureke dushyire hamwe dusengere ibihugu byacu tubisabire umutekano naho ibindi muri mumukino mutazi.

  • HAHHAHHAHHHAHHAAHAHH!NDABASETSE MWA BARUNDI MWE!NJYE NARINZI KO TURI ABAVANDIMWE NONE NSANZE NAMWE MUTARI BEZA!SASA RERO ABANYARWANDA DUKUNDA IGIHUGU CYACU!KANDI DUKUNDA UBUYOBOZI BWACU MUBYANGE MUBYEMERE!WOE UVUGA IBY’INKOTANYI MAMA BANZA WITOKORA AKARI MU JISHO RYAWE!MUKEMURE IBYANYU MBERE YO KUVUGA KAGAME.KAGAME TUMWIYIZIYE NI UWACU.VS M’ETONNE VRMNT DUHORA TUBASABIRA NGO MUMERERWE NEZA NAHO BURYA MWICARA MUDUTUKA!PROF ZIRAHARI NYINSHI U RWANDA RUGEZE KURI BYINSHI.KANDI NDAGIRANGO MBABWIRE NTI BYOSE NTIBYABA PARFAIT!IZO NYENZI RERO MUVUGA ZATUMYE ABANYARWANDA BENSHI BAGIRA AMAHORO.NAHO MWE MUVUGA NGOI INYENZI NTIZANTINYUKA ABARUNDI HHAQHAHAHAHAAHAHAHAHAH NDABASETSE PEEEEE!UTARANIGWA AGARAMYE AGIRANGO IJURU RIRI HAFI!!!!!!!

  • Uwo NDANDAYE muvuga yaba mwari muzi ko yize mu rda rwarimo abanywi bamaraso nkayo mukomeje kunywa;yigiye kuri bourse ya Habyarimana n’abambari be .bamwohereza mu burundi icyo yababibyemo nubu nicyo cyibirukansa ku gasi ;nimutareka impembero yamacakubiri ntaco muzageraho.
    u Rda ruzahora rufise influence ku gihugu canyu kuko muri ibigugu bitazi gutoza bene murundi gusenyera ku mugozi umwe ngo murashaka kwerekana ko mwigaranzuye;ubu se mwigaranzuye iki ko aabhutu bazi ma banse kubashigikira muri ubwo bugugu butagira ukubaha itegeko nshinga ryanyu
    mbahaye umwaka n’ igice muzobona

  • abarundi murabanyuma kwisi muribyose musebya EAC kweri ndacyari umwana 13ans ariko ibyo numva kubarundi bituma urwombanga rwikuba kugirango mutere imbere wenda mugere aho urwanda rwarirwarageze 2008 mwirinde amoko maniga.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.