IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Amanota yafatiweko mu gice ca mbere c’ishure shingiro yamenyekanye

Amanota yafatiweko mu gice ca mbere c’ishure shingiro yamenyekanye

mercredi 24 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Ubushikiranganji bw’amashure mato mato n’ayisumbuye bwashize ahabona kuri uwu wa gatatu amanota yafatiweko ku banyeshure bo mu mwaka w’icenda n’uw’icumi bakoze ikibazo kibaha uburenganzira bw’ugutangura igice ca kabiri c’inyigisho z’ishure shingiro.

Ku banyeshure bo mu mwaka w’icenda bakoze ikibazo ca Reta kibaha uburenganzira bw’ugutangura igice ca kabiri c’ishure shingiro, amanota yafatiweko ni 93 ku 200, akaba angana n’ibice 46,5 kw’ijana.

Ku banyeshure bo mu mwaka w’icumi, amanota yafatiweko ni 93 ku 345, akaba angana n’ibice 26,9 kw’ijana.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.