IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Audifax NDABITOREYE yatumweko mu butungane

Audifax NDABITOREYE yatumweko mu butungane

vendredi 23 Gitugutu 2015, par egide

Mw’ikete yandikiye umushikiranganji w’ubutungane bw’Uburundi, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi yasavye ko Audifax NDABITOREYE yorungikwa mu Burundi kugira akurikiranwe ku vyaha yagirizwa.

Valentin BAGORIKUNDA yandikiye umushikiranganji w’ubutungane bw’Uburundi, amubwira ko yokoresha inzira y’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, agasaba ko igihugu c’Ubuhorande corungika Audifax NDABITOREYE, umukuru wa IMBONO CHARISMA, agakurikiranwa mu butungane ku vyaha yagirizwa ko yakoze mu mwiyerekano y’ukwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA.

JPEG - 176.9 ko
Audifax NDABITOREYE mu myiyerekano y’ukwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA

Umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika akavuga ko uwo yari mu bahiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu yaciye murya humwe ubutungane bw’Uburundi bwariko buramukurikirana, aca yerekeza mu Buhorande, igihugu asanzwe afise ubwenegihugu bwaco. Aho mu kibuka ko Audifax NDABITOREYE yari mu baja imbere mu kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA. Valentin BAGORIKUNDA agasaba ko yoshikirizwa ubutungane bw’Uburundi.

Audifax NDABITOREYE abaye uwugira cumi na gatatu mu barundi bahungiye hanze asabiwe n’ubutungane bw’Uburundi ko borungikwa mu Burundi, inyuma ya Pacifique Nininahazwe, arongoye ishirahamwe FOCODE (Forum pour la Conscience et le Développement), Margerite BARANKITSE arongoye ikigo Maison SHALOM, Vital Nshimirimana arongoye urunani FORSC (Forum pour le Renforcement de la Société civile), Alexis Sinduhije arongoye umugambwe MSD, Gerevasi Rufyikiri yahoze ari icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu, Piyo Ntavyohanyuma yahoze ari umukuru w’inama nshingamateka, Pancrace CIMPAYE avugira urunani ADC IKIBIRI mu makungu, Chauvineau Murwengezo umukuru w’iteka w’umugambwe UPD ZIGAMIBANGA, Catherine Mabobori yahoze ari umuvugizi w’ibiro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu, Pontien GACIYUBWENGE yahoze ari umushikiranganji w’ukwivuna abansi, Evariste NSABIYUMVA yahoze ari umuyobozi mwishikira mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, hamwe na Félix Ndayisenga.


IGIHE

Messages

  • Naze abazwe ivyoyakoze baratwononeye abana igihe baturira umuntu babona nubu bamwe ntacobacubaha kubera babonye ibidakwiye kubonwa, badahaniwe biryabibivyose bakoze vyozohava bizokomezwa gukorwa nabandi ngokuko nababikoze ubwambere baciye cakingirwa ikibaba nibihugu vyibihangange ivyobihugurero bibafise nyabuna ntibikinekwisumbi buryanaryo ningwara bikaramuka bibumyeko Isi yose mumenyeko izocayadukamwo ubugarariji kandi niho uburundi buzocabuhera kuba igihangange nokumenyekana kuko ibizokwaduka kw’Isi vyubugarariji bazogumabagaruka kukuntu ivyabaye abakoze amabimu Burundi ibihugu vyitwakwaribihangange vyaciye bibashigikira uburundi bukomeze kwamamara gurtyo.

  • Ba murata umwanya mwandika imitahe. Ninde atazi ko ubutungane bucira inkonda i Burundi. BAGORIKUNDA we arateye akagongwe kuko abaca urubanza naba Generaux dd, we ajejwe gusoma ivyo barangije. Kuva muri AVRIL niho acikangura mugusohora imitahe. Abo aha imitahe nibo bagiye kuganira nawe kandi azotangara. Mbega uwo mubaza abantu bamaze iminsi bicwa n- igipolosi ntasohore iyo mitahe yobisigura gute? Mbega kuri kaminuza babigishije gucuri iminza canke kurenganya? none sa conscience iri tranquille.BAGORIKUNDA genda uri igikoresho c-abanyepolitike pe.Kandi ufise ingabirano zo kutamaramara

  • yewegayeeeee!!!! nimundabire namwe uyu sumusazi gayemwe!!!!. uyu hamwe yotwara uburundi ndabarahiye yobuta mumanga kabisa...yeeeyeyeye!!! uyu yarinrwizamurongo pe.....

  • Nubu Ndakubariye Wewe Valentino Bagorikunda Ntiwikunda Kuko Mwe N’abo Mukorana Amabi Muzokwibonerako Kandi N’ubu Ndabivuze Mudapfuye Vuba Urakwiye Guca Muri Ya Acide Yo Mwi Perereza Hanyuma Ukaja Iyo Abandi Baja.

  • MURIKO MWAMBIKA IBARA ABANTU BOSE MWIBAZA KO BOBABANGAMIRA MURI DIALOGUE!MWANGUHA NTA BUBIRIGI BURIKO BURABARUNGIKA.MWITEGURIRE GUHURIRA NA AUDIFAX .RUFYIKIRI N’ABANDI IKAMPARA.KANDI NTIMUZOBACANA UMUTARU.MURAGOWE.

  • Nafatwe Ajimbere Yubutungane!

  • Abantu bifitiye izindi nationalite ataari abarundi nibo baza gucanishamo abarundi kugira ngo bibonere ubutegesti gusa!! Ntarukundo bafitiye uburundi

  • EWE RETA URANTWENGEJE!KO USOHORA IMITAH YABO MUZOGANIRA MBEGA MUZOGANIRA NA BANDE?IYO NTUMBERO NIYO KWANKIRIZA IBIGANIRO.MUKINDA MUGARAMY,MWUBAMY,MUVUGA AYA MUHE MUZOVYITABA.KANANIRABAGABO NTIYIMYE

  • Abiyita Schwarzenegger, James na kamaro nimba atarubujuju bubuzuyemwo canke namacakubiri nkico cicanyi canyu nkurumbi ico nobabwira co mukurikirubwije mbe kobuca bamukura muzojana nawe? Igihugu beneco butima bagikunda bagira bagihabuze bamurarondera iyo muzokwomokera nkurumbi wanyu aruhukira I lahe muri Holland

  • Audifax oyeeee,oyeeee komera bategetsi bacu nimugume kwijambo mutegure ingene mubohoza igihugu cacu,uyu mukoma nkurumbi araba imirazi nimbonerakunya ziwe bareke babe baradedemba but new day has come.

  • At Yaya, bwabundi, ubonahafi!!!.

  • Sinduhije Niyirambire Ntasimbe Umutima Nabobarikumwe!Nibabanze Bahe Imitahe Igi-police Cirigwa Kirica Congera Ciba!!Hama Nabobazoshikigwe Munyuma!Mbega Uwo Pikiri Ariw Nkurumbi,wewe Kwatitaba Mubindibihungu Kand Atamitahe Abafiseyo??Ahaa Noneho Igiti nticogukora Mujishokabiri Kibakigomba Kurimena!Kimw Gus Bibuke Kwimana Ibaho!Kand Irutingabo.

  • Sinduhije Niyirambire Ntasimbe Umutima Nabobarikumwe!Nibabanze Bahe Imitahe Igi-police Cirigwa Kirica Congera Ciba!!Hama Nabobazoshikigwe Munyuma!Mbega Uwo Pikiri Ariw Nkurumbi,wewe Kwatitaba Mubindibihungu Kand Atamitahe Abafiseyo??Ahaa Noneho Igiti nticogukora Mujishokabiri Kibakigomba Kurimena!Kimw Gus Bibuke Kwimana Ibaho!Kand Irutingabo.

  • Sinduhije Niyirambire Ntasimbe Umutima Nabobarikumwe!Nibabanze Bahe Imitahe Igi-police Cirigwa Kirica Congera Ciba!!Hama Nabobazoshikigwe Munyuma!Mbega Uwo Pikiri Ariw Nkurumbi,wewe Kwatitaba Mubindibihungu Kand Atamitahe Abafiseyo??Ahaa Noneho Igiti nticogukora Mujishokabiri Kibakigomba Kurimena!Kimw Gus Bibuke Kwimana Ibaho!Kand Irutingabo.

  • Sinduhije Niyirambire Ntasimbe Umutima Nabobarikumwe!Nibabanze Bahe Imitahe Igi-police Cirigwa Kirica Congera Ciba!!Hama Nabobazoshikigwe Munyuma!Mbega Uwo Pikiri Ariw Nkurumbi,wewe Kwatitaba Mubindibihungu Kand Atamitahe Abafiseyo??Ahaa Noneho Igiti nticogukora Mujishokabiri Kibakigomba Kurimena!Kimw Gus Bibuke Kwimana Ibaho!Kand Irutingabo.

  •  @yaya
    izo n’inkumbu,nta mututsi azopfa asubiye gutegeka uburundi,kandi nta mututsi azopfa asubiye kwomora umuhutu mu gihugu ciwe ,par contre mwebwe za murasoboka na za mbwa zanyu mugenda,niko biri mu mateka yanyu,kwama mwangara

    Mbega ako gasazi koko kari kagiye kwitereka mw’i barabara,ako iyo bashaka ntikari gutaha,ehe ndabira uko kameze ubwo butindi gashaka ubutegetsi,nabanze aje kugwana bo n’abandi bipfuza negociation,ko mwihuta ,canke mushaka ku negocia iki?Nigatahe intahe ikokere,nta na etage nimwe y’umututsi turabomora hanyuma ngo negociation,burya mwa batutsi mwe murafyina ahafyikiye ntimuzi ishavu mwaduteye igihe 72 mwanyaga amazu y’abahutu muyaka abapfakazi,none ngo negociation mugifise amazu,rindira gato nyabuna.

  • NIMWIHANGANE NATWE TWARIHANGANYE KUVA ABATUTSI MUFATANIJE NIVYO BIHUGU MWARATWISHE GUHERA 62 GUSHIKA NUAU TWARIKUYE IMBWA

  • Ewe FEDELITE umusazi nikaso katagira niyambere,AUDIFAX amashure afise naho yicaye so wawe azorinda abwanika ataho yicaye.

  • Ewe mbonerakunya wiyita SHWARZNEGGER mbe ko uvuga ngo iyi ncabwenge YAYA ngo abona hafi,wibuke ko ADOLPH yari imbonerakunya none ntiwumva ko yabona ibiri kure mugabo umusi warwo yarasamaye abona hagufi,namwe mbonerakunya na sobuja wanyu NKURUMBI murama mubona kure nayahandi ROCKET zirahari.

  • Ndabona hariho abaciye Doctorate namacakubiri abobavuga kobariko bahora mukirundi bavuga ngo ihorihori rihonyumuryango muriko mwicafuza kandi ngo uwishe nimbugita azokwicwa nimbugita ngo nyamukuru wikuzimu ntawuzorusimba bandanya mwica hanyuma mwe nashobuja nkurumbi ntimuze mupfe

  • At Falcon, hakojewe canke umuvyeyiwanje yokwiga akamera nka Audifax nofuma canke umuvyeyiwanje yopfuma aba umukozi wama kinga kukobafitiye akamaro uwariwewese kandi barajora bikabone, ahondishuriye uwitwa Fidelite. Nayo kuvyawavuze komwishe nyakwigendera Adolph ngokandi yabonakure ndagusubiriremwo wewe ubonahafi cane wewe wishimira abicwa.

  • @shwarzeneger
    Merci de prendre ma defense,jewe nari nahisemwo kutishura ako kanyenzi kamaze guturubura ariko ntaco,ni ukukareka ,sinzi igihe yibaza ko tugezemwo roquettes zifiswe na bande?Abatazifise ni bande,ako usanga ari aga sans echecs kaparanganye,nta na idée nimwe gafise,kavuga ama wc gusa kubera nyina yakagaburiye amazirantoke ,ntuziko batagira ivyo barya kenshi hari nabahenda abana ngo baratetse kumbe batetse impuzu abana bakarindira gushika baryamye n’umunaniro,na ko ka falcon ni ko kakuze,ni agashonji.
    Mbega canke ninde yamubwiye ko urupfu rwa general rudutwara notre determination ako kajuju,turi mu ngwano ivyo ntawubitinya,au contraire,ako karofa katakimenya nivyo kavuga.

  • Shwarezneger,Fidelité,ndabisubiyemwo ndabagabisha, mugiye kubona ay-imbwa yabonye ku mugezi! Ico mwishimiye kigiye kubaherana na shobuja wanyu, rindira. Tuzobafatisha intoke umusi uri izina, nta na roquette n’imwe tuzokwirirwa turanakoresha ! Ntimwibaze ngo ntituzi aho muba !

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.