IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Basaba iyubahirizwa ry’amategeko agenga igisata cabo

Basaba iyubahirizwa ry’amategeko agenga igisata cabo

mardi 26 Ntwarante 2013

Abanyeshure bo muri kaminuza y’ivy’imyuga ITS (Institut Technique Superieur), mu gisata c’ubuhinga no gutumatumanako amakuru bagiye kwugariza imbere y’ubushikiranganji bw’inyigisho za kaminuza n’ubushakashatsi.

Basaba iyubahirizwa ry’itegeko rigenga ico gisata gishasha, rivuga ko urupapuro rw’impamyabushobozi rutangwa inyuma y’imwaka itatu y’ivyigwa, bagasaba kandi ko imfura zabo zohabwa ubushobozi bwo kubandanya amashure bimwe bita deuxieme cycle.

Abaserukira abo banyeshure bakiriwe n’abategetsi bo muri ubwo bushikiranganji, ivyavuyemwo tuzobibamenyesha mu nkuru zacu zo hanyuma


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.