IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Gitega : Urubanza rw’abagirizwa ugushaka gutembagaza ubutegetsi rwahawe (...)

Gitega : Urubanza rw’abagirizwa ugushaka gutembagaza ubutegetsi rwahawe irindi sango

lundi 7 Ntwarante 2016, par egide

Urubanza rw’abagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA ntirwumvirijwe nk’uko vyari bitegekanijwe kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 7 Ntwarante 2016. Urwo rubanza rukaba rwahawe irindi sango.

Abapfunzwe bagirizwa ugushaka gutembaza ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015 basubiriye kurenguka muri sentare ntahinyuzwa, igisata gica imanza z’ivyaha. Urwo rubanza rwungururijwe ku rindi sango kubera hari abatari bwaronke umwanya w’ugusoma ivyo bagirizwa, hamwe n’ibirego bitari bikwiye.
Urwo rubanza rwungururijwe kw’igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2016.
Bamwe mu bakurikiranwa, harimwo na Général Cyrille NDAYIRUKIYE yahoze ari umushikiranganji w’ukwivuna abansi, bakaba basavye ko bohabwa uburenganzira bw’ukurondera ababafasha kuburana.

Abo bagirizwa ko bashatse gutembagaza ubutegetsi bapfungiwe i Gitega, bakaba bagirizwa kandi ko bononye ibikoresho vya Reta, ivy’igisirikare, ivy’igiporisi hamwe n’ivya REMA.

Uwaserukiye Reta mu rubanza rwa mbere akaba atashimye urubanza rwaciwe, ari nakwo guca yunguruza.


IGIHE

Messages

  • murakina nabo mungan mur politiq nkurunziza arabasumb

  • murakina nabo mungan mur politiq nkurunziza arabasumb

  • reka turindire icubutungane bugiye gukora ntawuhisha ukuri kuzwi nabose

  • Gusa abobantu bararengana ubutabera butegerezwa guk6ra

  • << Nibabareke Babahora Ubusa.Rusake Niweyigije Abana Kunyamunzu . BUrya Iyo Atanyakuntebe Nabontabwo Barigushaka Kuyimukurako Nukoyariyayineyeko !!>>

  • Nibahanwe Kuko Kudahana Imbwa Kugwiza Imisega.

  • abo bantu bashaka kudutwara umu presida twiherewe narurema niba bamanike baramenje barakabura impundu nk’imbwa

  • Mwitonde Mubafate Neza,buca Kabiri Bakarekurwa Ariko Biravugwa Ko Niyombare Araho Igitega Kumushasha,kandi Arababona

  • Abobantu bakwiye kurekurwa kuko ntakibi bakoze izonintwari kuko barwaniye amateka namategeko yigihugu cacu ahubwo uwarakwiye gupfungwa ninkurumbi nakarwi kamushigikiye kuko aribo bahonyanze amategeko bakongera bakica abantu nubu bakiriko nibabarekure nyabuna nabo baronke umwanya wokwitegurira ibiganiro kuko abo nipfungwa za politike nkuko mubizi umuntu wese yiyamirije manda3 yabaye umwasi wa nkurumbi

  • uwuzokwagirwa nicaha azohanwe azoba ari muri bamwe bo muri 1993 ariko murabe neza ntihagire uwo murenganya kuko n’imana ntivyemera

  • uwuzokwagirwa nicaha azohanwe azoba ari muri bamwe bo muri 1993 ariko murabe neza ntihagire uwo murenganya kuko n’imana ntivyemera

  • s’il faux changer la constitution et accord accord :
    1.UN MANDAT PRESIDENTIAL DE 10ANS NO RENOUVALABLE .(HUTU PUR 6ANS-TUTSI PUR 4ANS)
    AUX ELECTIONS PRESIDENTIELLES,TOUT PARTI POLITIQUE DOIT PRESENTER AU PEUPLE UN HUTU PUR ET UN TUSTI PUR.UN PARTI POLITIC GAGNANT UN PRESIDENT HUTU SERA AU POUVOIR POUR 6ANS ET UN TUSTI DE MEME PARTI POLITIC GAGNANT SERA AU POUVOIR 4ANS.MAIS L’UN SERA VIS PRESIDENT DE L’AUTRE.
    CES PRESIDENTS AURA DES POUVOIRS MAIS LIMITES MAIS PAS ADMINISTRATIVES.
    2. UN 1ER MINISTRE MIXTE(INVANGE) DE DEUX ETHNIES,SERA NOMME PAR CES PRESIDENTS ET ACCEPTER PAR LE PARLEMENT.
    C’EST LE 1ERE MINISTRE QUI DEVRAINT ETRE RESPONSABLE THE TOUTE ACTIVITE ADMINISTRATIVE QUATIDIENNE DU GOUVERNMENT EN FONCTION DU PLAN DE DEVELOPMENT DU PARTI ELU. IL EST RESPONSABLE DE CORRUPTION, ECHEC ET REUSSITE ET IL DOIT AVOIT UN MANDAT 5ANS UNE FOIS RENOUVALABLE.
    3. AU PARLEMENT,GOUVERNMENT,ARMEE,POLICE, ADMINISTRATION HAUTE NIVEAU ,TANT QUE LES HUTU PUR SONT LA MAJORITE DE NOTRE POPULATION, IL EST ABSOLUMENT IMPORTANT QUE ILS REPRESENTER A 60% HUTU PUR,30%TUTSI,10%MIXTES ET BAGANWA,BATWA
    NB: HUTU-TUTSI DEVRAIENT SAVOIR QUE NOUS SOMMES LE MEMES ABSOLUMENT.
    SI NOUS NE SOMMES PAS LES MEMES ON PARLERAIENT DIFFIRENT LANGAUGES!!CE QUI NOUS DIFFIRE NOUS POUVONT CREER UN BON SYSTEM OU UN TUTSI ET UN HUTU NE SE SENTE PAS INFERIEUR A L’AUTRE.
    JE PENSE QUE MA CONTRIBUTION VA AIDER MON PAYS

  • Rucira mukaso rugatwara nyoko

  • Rucira mukaso rugatwara nyoko

  • Rucira mukaso rugatwara nyoko

  • None a name bye sham a jury biguhe ntabikorwa vyiterambere babona.nama mbona ingorane hamwe nivyagenze nabi gusa.ndashima amakuru baduha ariko nibongereko ivyiza by Mugihugu haba irwanda canoe my Burundi

  • Izontovyi nibarindire ugu gupfa nigorubakwiye kukonabicannyi mubandi

  • Izo ntovyi nibacirwe rwugupfa

  • Aya mategeko y uyu witwa eric ntaho ataniye n,ayaba NAZI ba Hitler kabisa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.