IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

jeudi 19 Ruhuhuma 2015, par Jean De Dieu

JPEG - 58.7 ko
Bob Rugurika, directeur de la Rpa

IGIHE

Messages

  • hehhe ariko MANA URI IGITANGAZA NDASUBIYEMWO AMASENGESHO NASENZE NTAZAGENDERA UBUSA...NIBITSE AMABI CNDD FDD YANKOREYE MUKUMPEKURA ABANJE NGO NI UKO TUDASANGIYE UMUGANBWE IMANA GUSAAAAAAAAA BUCA NABO BAHEKURWA NIBARINDIRE GATOO

  • yooh,polé sana,ayo marira yawe ntazogira ubusa,Imana yonyene izoguhoza kk ntanakimwe cijana vyose birihigwa hano kw’isi bitebe bitebuke

  • Abo bicanyi, abo bagesera, abo bakunzi binda twarabatoye tubizeye ngo baje guhabuza abahutu nayo baje kudufukama mu nda. Abo bahemu bahemukiye abahutu benewabo naho tutakiri mu macakubiri kubera inda ndende !!!! Yuuuu maramara buke.

  • NIMUZANE ABO BANYAKIBI BISHE ABAKECURU BABA MASELA TUBATERE AMABUYE IGIHUGU KIBONA . BISHE BENSHIII BARYA BAKECURU BARATUBABAJE !!!! AMARASO YABO AZE AHUMIRE UWO WESE YAGIZE URUHARA MURIVYO BINTU. TWESE TWARABAYE CNDD MUGABO TWABIVUYEMWO KUBERA UBUBEGITO BWABO; DOLUFU, BUNYONI, EVARISTE, NUWO MUTUTSI WIGITO NGO NI EDUARD NDUWIMANA, BITEBE BITEBUKE TUZOBABOHERA AMABOKO I MUGONGO NAMWE KANDI MUZOPFANA INTUNTU ATAWUBAHA NIRWERE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.