Accueil > Ubutunzi > Ikigo gitoza amakori OBR carazanye igisata gishasha c’ubuhinga bwa (...)
 Ikigo gitoza amakori OBR carazanye igisata gishasha c’ubuhinga bwa none
 Ikigo gitoza amakori OBR carazanye igisata gishasha c’ubuhinga bwa none
				
				mercredi 23 Nzero 2013
Ikigo gitoza amakori OBR mu mpfunyapfunyo y’igifaransa carazanye ikigo gishasha c’ubuhinga bwa none Sydonia world. Ico gisata gishasha c’ubuhinga bwa none kigiye gufasha cane mu bijanye no gutoza amakuru.
Nkuko umukuru wa Sydonia world yabimenyesheje, ubwo buhinga bushasha buzofasha igisata c’ubudangaji gukoresha umuhora w’ingurukanabumenyi kugira ibikorwa vyico gisata binyaruke kandi baje ku mategeko ya ONU, ya ISO, na OMD.
Sydonia world izofasha mu vyerekeye kwinjiza amasanamu hamwe n’inyandiko ziri mu mamashini nk’amasanamu, y’imiduga minini minini(camions), amasanamu y’uwutwara iyo modoka, hamwe n’am nimero ndanga muduga.
Sydonia world yasubiriye Sydonia ++.
Grace Irimbere


