IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Umurwi w’abashingamateka b’Ububirigi bakiriye abari mu mashirahamwe ataho (...)

Umurwi w’abashingamateka b’Ububirigi bakiriye abari mu mashirahamwe ataho yegamiye

mercredi 24 Nyakanga 2014

Mu rugendo umukuru w’ishirahamwe Rikurikirana amatora mu Burundi COSOME Justine Nkurunziza ari kumwe na Pacifique Nininahazwe arongoye FOCODE bariko baragira mu bihugu vya Buraya, bamenyesha ko ikibazo c’ifungwa rya Petero Karaveri Mbonimpa kidahara mu biyago vy’abo bahura.

Muri urwo rugendo abo bari mu mashirahamwe ataho yegamiye muri poritike mu Burundi barimwo mu za Buraya, bikavugwa ko bamaze kwakirwa n’umurwi ushinzwe ivy’imigemnderanire n’ibindi bihugu mu nama nshingamateka y’igihugu c’Ububirigi, aho bavuganye ku kibazo c’ifungwa rya Petero Karaveri Mbonimpa, umukuru w’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu n’abanyororo APRODH, apfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba, aho apfunzwe azira ivyo yashikirije ko hari abarundi bariko baragirira imyimenyerezo ya gisirikare ku butaka bwa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo.

Petero Karaveri Mbonimpa akaba ubu amagara amukitse, aho bivugwa ko yajanywe mu bitaro BUMEREC yaremvye. Amashirahamwe mpuzamakungu n’ibihugu rutura bitandukanye, eka n’inama nshingamateka zihurikiyemwo ibihugu vya Buraya, bikaba bidahengeshanya gusaba Reta y’Uburundi kurekura uwo mutama arenza imyaka 65 y’amavuko, kandi asanzwe anarwaye indwara zidakira.


Aristide Nizigire

Messages

  • BAMUREKA KUVUGA NGO N AMASHIRAHAMWE ATAHO YEGAMIYE ;NTAKINTU KIBURA AHO CEGAMIRA NARIRYA TUNAHORA TWUMVA CANKE TUKABONA IMIGENDERE NIMVUGO VYABO.
    IGIHE RERO NIKIREKIRE TUBWIRWA ICOKINYOMA.UGIRA NKUBU N IMFASHANYO BAGIYE GUSABIRA IGIHUGU CACU??

  • HAHAHAHAHA UMUTUTSI ARIHANO ARABEREWE KWIFOTO, ARIKUMWE NABARAMUWE HIHIHIHIHI NGO ABASHINGAMATEKA BABULAYA?????? IHIBAMBEWE, ABAGABO BABASHIKIWE. NIYISUGANYE TURABE KO MURI 2015 AZOBA PROCUREUR GENERAL WA REPUBIQUE.

  • Iburundi no murikano karere bananiwe none bagiye gushakira uburegetsi iburaya emama ngo nibaharanira ivyicaro vya politique nibagaruke dore amatora aregereje bafashe ADC kwiyamamaza hanyuma bikure Aba DD ataruko urusyo bavuga gwaba DD ruzobumirako kiretse haje intwaromfatakibanza

  • REKA NDABACIRE AGACE, UYO PACIFIC ARIKO YIFOTOZA NABOBAZUNGU, KUGIRA CVR NIYATANGURA GUKORA HAMA BAKAMUSHIRAKO INTOKE NGO ATUBWIRE IVYABAYE MURI KAMINUZA YUBURUNDI, AHO BIGEZE KUYIGIRA AMACUNIRO ARORERA. AZOCA ASEMERERA NGO NABAZUNGU BARABIZI KOYAMA HANZE GUHARANIRA AGATEKA KABANTU. ARIKO REKA TWIZERE KO AZOBITUBWIRA.

  • PACIFIC NDAKWAMBAMBIYE,, UZE UNTABARE UDUSERUKIRE TWEBWE ABARUNDI KURABO WITA ABASHINGAMATEKA BABULAYA UBATUBARIZE URUPFU RWA NDADAYE, KARIBWAMI, RICHARD, KABUSHEMEYE NA MUKANTIBANTUNGANYA, BADUFASHE INFU ZABO BANTU ZIMENYEKANE ZIJE AHABONA.

  • ICIYUMVIRO CANJE NISANGIJE. JEWE NIFUZA KO MBONIMPA YOFATWA NEZA HABA KWA MUGANGA CANKE MUMPIMBA. HAMA AKAZOREKURWA AMATORA YAHEZE, KUGIRA ABARUNDI TUMENYE ICUBAHIRO TWOMUHA. KUKO TWAMA TWUMVA KO ATAMATORA AZOBA MBONIMPA AFUNZWE, NIKUBWIVYO NIFUZA KOYOGUMAYO HAMA NKARABA KO AMATORA ATAZOBA.

  • ikibazo mbega madame justine nawe ari mubasaba ko mbonimpa arekurwa???????? Niwe yavuze kumaradiyo ko mbonimpa yamubwiye ko yoba arigumiye mumpimba, ngo kuko biriko bimworohera gukora akazikiwe ari hafi yabanyororo. Justine ntakuntu wosubira ukaja kumuraba ukamubaza ko akazi yariko arakora yakarangije?????????

  • Hoho bosabira imfashanyo beneBurundibandandende bozishikirizabenezo ahubwo ko zoba ar’imfashanyo bahaye umugambwe CNDD-FDD na Nkurunziza???Eka uri BWARIKINDInyene???Hakubona amagorwa abarundi bagowe mukwibwa udufashanyo bahawe n’amahangank’igitoro bahawe na Japon n’ibindi bikaca bitumberezwa ku ma Accounts yaCNDD-FDD!!Reka mununuze amaraso y’abarundi nutwo batoraguye murye NTAMVURA IDAHITA

  • nosaba igendereza ko ryoba magabo nkuko ryabikoze kuri mbonimpa ariko arabundabunda sasita zijoro. ishirahamwe ryabulaya rize rifate ibihano PACIFIC, justine, vital, parcem, olucome,leonce,nditije, abobose hamwe batazosubira kugira aho bagiye kugira ivyo bihano tuze tubisangire hehehehehe

  • Uburundi iyo buronka nka ba Pacifique, Democrate,Rufyri,Faustin Ndikumana,Husein radjabu,Buba bwarateye imbere,ariko kubera abantubamwebamwe tuzoyama uku.

  • Ewe bavakuki uri ikijuju kweli iryo gendereza ryawe Imana yacu ,nawe wiyita democrate uratohoza neza igituma mukwandika izina ryawe natanguje urudome rukuru kandi ari amakosa ahambaye uzotangara kuko ndakurahiye ko uburundi bugire buronke urukiza

  • Njye narabditse kukinyamakuru cyiwacu murwanda cyitwa Igihe mbazanti: nikuberiki ababantu bumvura cyane abatavugarumwe na Leta yu Burundi arikotwebwe Rwanda ntibabunve kandabanyarwanda turigushyira,bababashyaka dushire nkonuri 94

  • Abantu musabako mbonimpa aguma muburoko ndabwiri inyanka burundi.

  • ikibazo ni bagihe Obama azokirangiza mw,isegonda kuko we nivyanka azotuma indege zitagira aba pilot zimusumakure.

  • Uwo yitwa Kabisi Willy ngira ndamwishure. Ni waba utari ubizi, ivyabereye muri kaminuza vyabaye 1995, ico gihe Pacifique yari aciga muri secondaire, ntiyari bwaje muri kaminuza. Imbere yo kuvuga be mubanza mwiyumvire.

  • UWO YITWA KABISI NAGIRA NDAMWISHURE. IVYABEREYE MURI KAMINUZA VYABAYE MU 1995. ICO GIHE PACIFIQUE YARI MURI SECONDAIRE NTIYARI BWASHIKE MURI KAMINUZA. WUMVA NONE UWO MURI SECONDAIRE YOJA KURORERA IBIBERA MURI KAMINUZA? IYO MUVUZE BE MUBANZA MWIYUMVIRE

  • jewenagira ndakkwisabire pasfice,uzove hiyo iburaya usavye abanyaburaya batuzurire babanyeshure bomuri niverste wanigagura aho gapasfike uyu musi urabatumweranda uribuka ryajambobwavugira muriyanama yabera kwambonimpa wavuze ngo muzosubira gusinzira dd itakiri kubutegetsi none komwampenze ngo nemange koturi kwiga inkoho murikongo,ubu nkaba narahunze nawe wifotoZa nabanyaburaya gusa ngiye guhunguka nshire aha bona am are men Tanya yose twagize ndagomba mpfe umuntu avukarimwe agapfa rim we

  • jewenagira ndakkwisabire pasfice,uzove hiyo iburaya usavye abanyaburaya batuzurire babanyeshure bomuri niverste wanigagura aho gapasfike uyu musi urabatumweranda uribuka ryajambobwavugira muriyanama yabera kwambonimpa wavuze ngo muzosubira gusinzira dd itakiri kubutegetsi none komwampenze ngo nemange koturi kwiga inkoho murikongo,ubu nkaba narahunze nawe wifotoZa nabanyaburaya gusa ngiye guhunguka nshire aha bona am are men Tanya yose twagize ndagomba mpfe umuntu avukarimwe agapfa rim we

  • Petero claver ararekugwa nkuko nabivuze ejo ko ikibazo c,iwe bogiha obama ko bomurekura mw,isegonda wamenga mbivuga nkuwubizi.ikibazo bari bamaze kukimuha ubwo rero irekugwa ryiwe ryashitse nibake kumurekura turabe .vyase azotuma indege itagira abadereva.nibamugumye turabe rero iyo Leta ihangana na amerika tuyiabe.

  • Abahutu mutegerezwa kugira ubwenge. Abanyaburayi ntibigeze narimwe bakunda abahutu. None ntimwapfa barorera. Ndadaye wanyu ntiyagandarwuwe baraho, murigera mwumva bamucisha mukanwa? Nayo uwo musaza Mbonimpa mushaka mwamurekura numucangero Ntazi ivyakora ni Twagiramungu wi Burundi.Ndabahanura abahutu nabandi bose bakunda u Burundi mwarimukwiye kurondera vuba ahandi mukura ibigwanisho kuko abo banyaburayi ntibazoruhuka batabashize hasi.Mwumvise ako gasuzuguro kabo muri Rpa ngo " ce Petit pays" ngo "leta yataye umutwe" . Murumva ukungene abahutu abanyaburayi badufata? Uwumva niyumve. Nimwasinzira ngo muri mukubaka AMA etage muzohera mwese

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.