Ikinyamakuru People kiratangaza ku mwaka ku mwaka umuhungu wa mbere mwiza, yambara neza akaberwa canke akundwa n’abantu benshi. Uno mwaka uwaje mu kibanza ca mbere avuka mu gihugu ca Australiya.
Umukinyi w’amareresi, Chris Hemsworth niwe yatowe nk’umuhungu wa mbere mwiza, yambara neza akaberwa, kandi akundwa "sexy du monde". Uwo yasubiriye Adam Levine, umuririmvyi wo murwi Maroon 5 w’i Los Angeles.
Bakurikirana uku gukurikira:
1) Chris Hemsworth
2) Chris Platt, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika
3) Jamie Dornan nawe nyene akina amareresi avuka mu Bwongereza,
4) Ki Hong Lee avuka muri Koreya y’Epfo,
5) Blake Shelton umuririmvyi w’umudiho wa Country,
6) Bradley Cooper, umukinyi w’amareresi wo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika
7) Matt Bomer, umukinyi w’amareresi wo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika
8) Michael Strahan, igicocoro mu mupira w’amagaru wo mu Amerika,
9) Eddie Redmayne, akina amareresi avuka mu Bwongereza,
10) Scott Foley, umukinyi w’amareresi wo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika.
Abo bose bafise uburebure bungana canke burenga imetero imwe na centimetero 8, kiretse Ki Hong Lee avuka muri Koreya y’Epfo afise imetero imwe na centimetero 78 (1,78) kandi nka bose bavuka muri Amerika.
Mbega nawe wotora nde?
IZINDI NKURU ZIJANYE N'IYI |
![]() Inzu cumi nziza zo muri Africa zibamwo abakuru b’ibihugu
2.06.2015 |
![]() Umuhungu wa mbere mwiza, yambara neza akaberwa yatowe
19.11.2014 |
![]() Lupita Nyong’o wo muri Kenya yatowe nk’umukobwa wa mbere mwiza w’umwaka
24.04.2014 |
![]() Emilie Clark yatowe nk’umugore w’umwaka 2014
13.02.2014 |
SOMA IZINDI NKURU MURI "Ubwiza"... |
Non Nukuberiki Atamurundi Arimwo? Ahohoho Nyamb Abarund Aribab,
Andika hano .Nabaza None Abo Bose Nabasani Mbega Twembwe Abirabure Ntibatunzi
Bradley cooper
UYUMUHUNGU NIMWIZAVYO ARABEREWE
Kuriyo Brage Wang Wobona Mama Naho Ashaje Womudimbako Ubugari Wangu Mzee Aguma Yiha Icup Ngo Yari Yacaguye Neza
Murabo Bose Ntanumwe Arimwo Mwiza Ahubwo Muraza Murabe Uwo Nkunze Asumba Abo Bose
Kabisa ntimuzi gucagura muraze mundabe nanje
niyumvirayuko,icogihefirimasonizokuraho,intwaroyisi,arihotuzoberabafirimasoni,ubuhonobawegute
Mbe Komutora Abinzobe Gusa Abirabure Bo Ntabeza Barimwo? Mbe Kumengo Ntamuntu Wumukene Arimwo?
Kwisi Umuntu Mwiza Aroreka Ni C Ronaldo Hama Nkurunziza Petero’.
UMU MWIZA NUWAMENYE0YESU
Abo Bose Ntanumwe Notora Kubera Vyose Nubusa Umwiza Nuwamenye Yesu.
HEMWE UMUNTU MWIZA N UWAMENYE IMANA NAYO VYOSE N UBUSA UMUSGUZI 1:1_BANDANYA WIHWEZE NEZA
BARAKWIYE.KUMUKURAKO.ICIGISHO.BAKIFATA.NKUKO.
BARAKWIYE.KUMUKURAKO.ICIGISHO.BAKIFATA.NKUKO.
Notora Neymar Umukinyi Rurangiranwa
Jewe simbona igituma bavuga ko arimwiza,ku bwanje ntabwiza ndamubonako kiretse ko yoba yambara neza gusa.
Nuko mutarigera mumbona, ntamwiza asumba jewe! Sumvya ubwiza n’imiburiburi abarundi 10.000
game
Kobama Ivyarivyose Bator Mubihugu Vyaber Muri Afrik Nukuvugak Muri Afrik Atabantu Beza Bahari.