IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Urutonde rw’amashure yugawe n’itegeko ry’umushikiranganji

Urutonde rw’amashure yugawe n’itegeko ry’umushikiranganji

mercredi 31 Mukakaro 2013

Umushikiranganji w’amashure y’intango nay’isumbuye, amashure y’imyuga, kwigisha abakuze gusoma no kwandika, Roza Gahiru aheruka gufata yo kwugara amashure 24 adakurikiza ibisabwa n’ubushikiranganji yegukira.

Twashimye kubamenyesha urutonde rw’ayo mashure n’ibisata biheruka kwugarwa muri iyo ngingo y’umushikiranganji.
igisata c’amashure mato mato ca Complexe Scolaire International, igisata c’amashure mato mato ca Lycée Technique Bukirasazi, igisata c’amashure mato mato ca Ecole du Savoir, igisata c’amashure mato mato ca Groupe Scolaire Saint Jacques, igisata c’amashure mato mato ca Ecole Charité Mirango, igice ca mbere c’amashure yisumbuye ca Complexe Scolaire Shaloom, Ecole de la Victoire, Lycée Ntahangwa, ishure le Bon Pasteur de Rumonge, igisata c’amashure mato mato ca Lycée Ntahangwa, igisata ca Informatique de Gestion kuri Ecole de Félins, igisata c’amashure mato mato ca Complexe Scolaire Saint Placide, igisata c’amashure mato mato ca Ecole Charité Songa, ishure Collège Pax Caritas (Gitega), igice ca mbere c’amashure yisumbuye ca Ecole Primaire et Secondaire de la Charité Songa, ishure Ecole Amie du Livre (Gitega), igisata ca Informatique de Gestion kuri Collège Etoile du Matin, igisata c’amashure mato mato ca Centre Scolaire Tanzanien, igisata c’amashure mato mato ca Ecole Carmel, ishure Ecole de la Concorde de Gatumba, ishure Complexe Scolaire Saint Jacques, ishure Lycée Le Soleil de Minago (Rumonge), igisata c’amashure mato mato ca Complexe Scolaire Rêve d’Avenir, ishure Lycée Technique de Bukirasazi.

Abanyeshure biga kuri ayo mashure ubu yugawe bahamagariwe kuja kwiyandikisha kuyandi mashure afise ibisata bahora barimwo kuri ayo mashure bahorako.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.