IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Abashingamateka n’abakenguzamateka bahawe inyigisho zibafasha kwiga no (...)

Abashingamateka n’abakenguzamateka bahawe inyigisho zibafasha kwiga no gutora amategeko

mardi 24 octobre 2017

Umuvugizi w’inama nshingametka Alexis Badian NDAYIHIMBAZE yamenyesheje ko izo nyigisho zizofasha abo bayobozi kuronka ubumenyi buzobafasha gutora amategeko meza ashobora gufasha umunyagihugu mu kazi ka minsi yose.

Alexis Badian NDAYIHIMBAZE : « Izo nyigisho bazozironkamwo ubuhinga budasanzwe bwo gushobora kwiga no gutora amategeko kuko amategeko ariyo muzi abashingametaka n’abakenguzamateka bakorerako mu kazi kabo ko gutora amategako. »

Mu baronse izo nyigisho harimwo abashingameteka hamwe n’abakenguzamateka bataronse akaryo ko kuzikurikirana igihe zatangwa ubwa mbere mu ntara ya Gitega.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.