Agathon RWASA asaba abatware gukorera abarundi bose

Yanditswe na IGIHE
Kuya 14 mars 2017 saa 08:41
Yasomwe : 25218
0 0

Umukuru w’umugambwe FNL utemewe mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu Agathon RWASA asaba abatware kumenya ko igihe umuntu abaye umutware ataba akibaye uwo umugambwe avamwo ariko ko ari uwo abanyagihugu bose.
Mu kiganiro murisanga co kuri radiyo ijwi rya Amerika ku mugoroba wo kuri uno wa mbere igenekerezo rya 13 Ntwarante,umwaka wa 2017, Agathon RWASA yavuze ko atinjiye muri politike kubera amaronko, ariko ko yagiyeyo kubera arajwe ishinga n’ineaa y’abarundi bose.
RWASA Agathon (...)

RWASA Agathon arongoye umugambwe FNL utemewe mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu yavuze ko umutware yakoreye neza abanyagihugu ata mvo yo gutinya ko atsindwa mu matora, kuko yakoze neza abanyagihugu baramutora.

Muri ico kiganiro, RWASA Agathon yavuze ko ku ruhande rwiwe abandanya kwibutsa abatware ko bategerezwa gukorera abarundi bose, abamukunda n’abatamukunda kugira abafashe bose gutera imbere.

Kumenyekanisha

1
Fanny 15-03-2017 à 10:35

Ushima Atwarira Bose, No Mwikomine Uvukamwo Wewe ,abagumyabanga Baratsinze ! Abarundi Turi "yeux" ,kora Ntiwishinge Amajambo...

2
MAHORO 14-03-2017 à 09:44

MUZEHE UMUHUTU WINZIRA BWOBA TSINDA 2020, WEWE WITEGURE GUKURA UBURUNDI MUKAGA BURIMWO, BUTWAGWA NUWUFISE UMWITWARARIKO YAMARONKO NUBUGUNGE. KOMERA KOMERA, TSINDAAAA

3
rds 14-03-2017 à 09:18

ivyugutarira bose ntibabikozwa aba dd

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha