IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ikiza > Bujumbura Rural : Buramatari yasohoye ingingo ibuza kubaga no gufungura (...)

Bujumbura Rural : Buramatari yasohoye ingingo ibuza kubaga no gufungura inyama z’impene n’intama

mercredi 16 mai 2018

Mw’itangazo yasohoye kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 15 Rusama 2018, Nadine GACUTI asaba ba musitanteri gukurikiranira hafi ishirwa mu nghiro ry’iyo ngingo, bakaraba kandi ko ata babaga canke aborozi barenga kuri iyo ngingo.
Buramatari w’intara ya Bujumbura Rural, aragabisha kandi ko hamwe iyo ngingo itokwubahirizwa, bishobora gutuma ubuzima bw’abanyagihugu bubangamirwa kandi aribo bari bajejwe kubakingira.
Nadina GACUTI aramutswa intara ya Bujumbura Rural arangiza amenyesha ko, ibihano bizofatirwa, uwo wese atazokwubahiriza iyo ngingo.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.