IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Domitien NDAYIZEYE: Kwikura muri sentare mpuzamakungu ntibizobuza Uburundi (...)

Domitien NDAYIZEYE: Kwikura muri sentare mpuzamakungu ntibizobuza Uburundi gukurikiranwa

mardi 11 Gitugutu 2016, par Jean De Dieu

Source: Tele renaissance


IGIHE

Messages

  • Niwirambire mutama, aba DD bafise ubwoba kandi ntawurababuranisha, akar’inyuma karahinda

  • muta nukuri wewe na Ntibantunganya abarundi baramaze kubakurako icizere kuko mubasaziyenabi kuko nimwe mudukwegera barugereka, kumbe nawewe urimubavugako muburundi harikohaba ihonyabwoko!!! mwembwe muzokwegera abarundi bumutima akarambaraye, kabisa mukwiye kwikebuka kuko uryicuti ukinovorintuntu. mwirirwa mudandazabarundi ngo nihafatwe ibihano vyogukandamiza abenegihugu nokubahahaza mubwegenge bwabo.....abarundi baramazekumunyako CPI ikorera kubihuha nokumohe yabazungu

  • Niwirambire urarivuze ikibi kiratinda ntigihera abarundi nisiyose irabizi ko abo ba dd bo murako karwi karongowe nuwo mwicanyi karuhariwe nkuru ko arabicanyi mbere ivyo bavuga bimwe mubiri murico cegeranyo babibwiwe nanyaba dd nyene hariho abanka kubivugira ahabona kubwo gucungura agatwe mugabo ataruko bashigikiye izo nkozi zikibi nibareke gusha coba ahubwo bemere bemange abantu batikije kuko aho bisiga amaraso ntawari yabibatumye

  • Nukuri uvuze ukuri bazoduiikwegerq ahubwo birateyeisoni

  • Abarundi ntimugirubwoba naho hari abobandandende ntitubayeho kubwabo, nagira mbwire tali na fnl ntimukihute kugaya canke gushima ibikiramagambogusa!! Hanyuma nimba sentare izohana nabantu beshi bazohanwa kuko harabarundi bazivyishi murabomwita bazima. Domisien na Ntiba bakokeze buhoro kuko ntabuhungiro nubukiriro boronka bibaye ukomushaka,kandi ivyovyose mwibwira sivyejo bisabigihe kuko uwonumugambi wumuntu suw Imana.abanezegwa nkahumengo nivyejo murambabaje!! Abarundi ntidusamare Imana twizeye yitwa NDIHO kandi ntihemuka—abizigiye abantu bucamumaramara kuko nabakanyagato.nagirankebure abantu bipfuriza inabi uburundi mwitonde kuko hasigayegato mukagirira ingorane ahomuri kuko ntawikibi cereye.uburundi nigihugu ntabwarizina nkiryumuntu wogenda ngucuterura uterere ahushaka,oyaaa !!mwitonde abarundi nimilioni nyishi ntimugashire mukivunga nkahumengo murabana batazico bavuga.ndangije nipfuriza abarundi bose kubumwe dusenga dukora dukora dusenga ,twimamatwi iyomiyaga mibi kuko arimigambi ya sekibi itegeka abayiyoboka.abarundi turakarama ibihe vyose.

  • Aboba Domotien, ayomajambo batayavuze uburaya bwocabuhagarika amahera babaha muvyemere, kuko ntahobataniye nabamwebavurwango bajamwa shetani gusaba ubutunzi maze bakabanza gutanga abanababo canke abishire/abagabo babo.
    Nivyobigaborero vyariyeneje gutanga uburundi nabarundi kugira vyironkere UKU vyirira amahera ava Bulaya batavuze ukworero ubulaya bwocabuhagarika kuyabaha.

  • Ni?Om_jizzo From Ngozi Kigacir Kinyam""Kabisa Uwomugabo Narekekurementany Ikind Naco Ngagat Kateretsenimanantikahenuk Numuyag Abarund IMANA iratubon"thank yuo

  • Uzikomwasaze ndayizeye ivyoavga nivyo ahubwonimba mwariye amavubi simbizi komerasha wzrintwari nuburacari yocane ngoatavze ntiyosubira guhembwa wwwe tzaurya numigabo mukYanza hava abagabo ntihavimbwa

  • Naho Boguma Bakurikiran Uburundi Mukarenganyo Ntaco Bazoshikako Kuk Imana Ikunda Uburundi Nabarundi,abarund Turakanura

  • Jerome Mbazumutima iyo Mana uvuga siyo mwijuru! oya jewe ndagutahura iyuvuga imana nikiranga ubuvuze, kuko ntamana ishigikira abasesa amaraso. cakabiri umusuma agiye kwiba avuga imana, ariko atari Imana yaremye ijuru nisi. Kubwire wokwitonda burya ntuzuko bizogenda.

  • BAZOHERA KURIWEWE TAMIKA URUTE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.