IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubudandaji > Igiciro c’ibitoro cadugijwe

Igiciro c’ibitoro cadugijwe

samedi 7 Nzero 2017

Ubushikiranganji bw’ubutare n’agataka bwadugije ibiciro vya Essence, Amazutu na Petrole.

Nkuko biri mw’itanagzo ryatewe ko umukono n’umushikiranganji w’ubutare n’agataka Come MANIRAKIZA, kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 6 Nzero 2017, igitoro co mu bwoko bwa Essence kigiye kugurishwa amafaranga 2100 mu gihe cahora kigurishwa amafaranga 2000 y’amarundi.

Ibindi bitoro vyadugijwe ni igitoro co mu bwoko bwa Mazout kigiye kugurishwa amafaranga 2100 vy’amarundi, Petrol nayo ikaba igiye kugurishwa amafaranga 1800 y’amarundi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.