Accueil > Amakuru > Poritike > Ikiringo co kwiyandikisha ku bazokwitaba amatora y’ibwirizwa shingiro (...)
 Ikiringo co kwiyandikisha ku bazokwitaba amatora y’ibwirizwa shingiro camenyekanye
 Ikiringo co kwiyandikisha ku bazokwitaba amatora y’ibwirizwa shingiro camenyekanye
				
				mardi 30 janvier 2018
Pierre Claver NDAYICARIYE arongoye umurwi utegura amatora CENI amenyesha ko igikorwa co kwiyandikisha ku bazokwitaba amatora, kizotangura kw’igenekerezo rya 8 gushika kurya 17 Ruhuhuma 2018.
Itegeko rishinga ico kiringo ryateweko umukono n’abagize umurwi CENI kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 30 Nzero 2018.
Ata gihindutse, bitegekanijwe ko ata gihindutse, amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro, azoba mu kwezi kwa gatanu 2018.
MUGISHA Van Naris

Messages
2 février 2018, 19:23, par NIZEYIMANA Tite
nivyiza cane gusa twosaba abagize umurwi CENI
bazohore batanga ab’agent recenseurs benshi bapfume baza bakorera 5000 fbu/jour
kugira tuzeturonkako turibenshi kandi kandi twoyashima kuko buri mutumba twoca turonkatwese.