IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > ishirahamwe > ATRABU: hagiye kujaho ishure rizokarihiriza ubumenyi abashoferi

ATRABU: hagiye kujaho ishure rizokarihiriza ubumenyi abashoferi

Thursday 25 October 2018, by vianney

Ivyo yabishikirije mu nama yatunganijwe kuruno wa kane igenekerezo rya 25 Gitugutu 2018 yahuje abagendesha imiduga itwara abantu n’ibintu hamwe n’ishirahamwe ATRABU

Kubijanye n’imirongo y’abantu biyunguruza ikunze kwibonekeza mu gisagara ca Bujumbura,Charles NTIRAMPEBA avuga ko bagiye kuzofata imiduga bayishire ku mirongo bisunze igitigiri c’abantu baba muri karitiye runaka.


IGIHE

Forum posts

  • Ndabaramukije nongera nterera iciyumviro kandigikomeye cane.
    Kwabobantu batwaza imodokari bagiriwe ayomahirwe bakababagiye kuzoroshwa ayomahugurwa, narinciye nshimirwa nuko muvyobokwigishwa hobaharimwo ibibikurikira:
    Kohagiye gushirwa ivyapa vyerekana buribarabara ukwumuntu akwiye kwirukantsa imodoka ntarengwa,
    Kwabajejwe amabarabara bagiyekuroswa utuntu bazozabararebesha kwimodoka maze akokantu kakabika ukwowariko urirukantsa imodokari mwiryobarabara noneho bareba icapa ukwirukantsa imodikari mwiryobarabara kivuga bakaba bokurungikira ibihano namande kukonubwowobawagiye bababamaze kibona informations zose zawe biciye kwazirya numero/plac, kuriconyene bobabwira nubwoko bwamakosha bashoboragukora bakababuza gutwaza imodoka nkamezi 6 canke umwaka, canke bakababuza agaheriheri kuzosubira gutwaza imodokari, ivyobinturero uwutwaza imodokari amaze kuvyigiswa acatangura kwitwararika cane kuburyo budasanzwe nobeho yamasanganya akaboneraho kugabanuka cane.
    Mubihugu vyose bikoresha ubwoburyo bwokwiyegereza abatwazi bimodokari babigisha ivyokwitwararika akazikabo vyinziza amaherameshi yokubera babaca amahera iyobakoze ikosarunaka, nicogituma nabiryavyapa bashirakumabarabara bizabererekana ukwirukantsa amamoduka ahokugarukira naturyatundu abashinzwe kuraba ukwabantu birukantsa amamodoka bitwara amahera neshi cane.
    N.B kubajejwe kuraba abatwaza amamodoka kobubahiriza amategeko nimba ibarabara ryerekana ko wenerewe kwirukanka ibironetro 50 mwisa bakabona watwariye imodoka mubirometero 55 mwisaha ahontiboca bakwirukanka inyuma bogerageza kuraba nkuwarebgejeko nkakarenga 5 murakoze ntavyomvuzebeza ariko vyoryohacane bampaye uruhushwa nkavyigisha turikumwe mumasomuyandi kuko nicirwakirekire kandi cingirakamaro.
    Nihagira uwubina hariconoterera arabivugira ahanyene nzocandababwira ukwonworonka infor zanje muciye kubajejwe ivyumutekano wivyamabarabara nabantu.

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.