IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > ishirahamwe > REGIDESO ivuga ko itangwa ry’amazi rizogenda nabi muri Mukaza na (...)

REGIDESO ivuga ko itangwa ry’amazi rizogenda nabi muri Mukaza na Ntahangwa

Friday 9 November 2018, by vianney

Mw’itangazo umuyobozi mukuru w’ishirahamwe REGIDESO yasohoye kw’igenekerezo rya 8 Munyonyo 2018 ,Simeon HABONIMANA avuga ko umuringoti urungika amazi kuri BRARUDI hamwe n’amakartiye ahegereye hamwe no ku kibuga c’indege ca Bujumbura uzoba uriko urasanurwa bikazotuma itangwa ry’amazi murivyo bice rigenda nabi.

Simeon HABONIMANA asaba abantu baba murivyo bice kwiyungunganya mukuziganya amazi hamwe no kuyakoresha neza murico gihe c’ibikorwa.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.