IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Leonce NGENDAKUMANA amenyesha ko igihe co gihundura ibwirizwa nshingiro (...)

Leonce NGENDAKUMANA amenyesha ko igihe co gihundura ibwirizwa nshingiro kitaragera

vendredi 24 Ntwarante 2017

Icegera c’umukuru w’umugambwe SAHWANYA-FRODEBU Leonce NGENDAKUMANA amenyesha ko igihe co guhindura ibwirizwa nzhingiro ry’Uburundi kitaragera, kuko hakiri ibibazo vya politike bitaratorerwa umuti.

Kubwa Leonce NGENDAKUMANA icegera c’umukuru w’umugambwe SAHWANYA-FRODEBU ,igihugu c’Uburundi kiri mu ndyane za politike ivyotuma ibwirizwa nshingiro ridahindurwa.

Leonce NGENDAKUMANA amenyesha ko, ico kwihutira atari guhindura ibwirizwa nshingiro, ariko ko ari ugutorera inyishu ibibazo vyugarije abarundi, na cane cane ibijanye n’amabi akorwa mu gihugu cose.

Ku rundi ruhande, Jean de Dieu MUTABA arongoye umugambwe RADEBU amenyesha ko ibwirizwa nshingiro rikwiye guhindurwa kugira rijane n’ibihe igihugu kigezemwo.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.