IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Ngozi: Umukuru w’igihugu yagenye musitanteri yatowe wa komine (...)

Ngozi: Umukuru w’igihugu yagenye musitanteri yatowe wa komine Kiremba

lundi 12 Ruheshi 2017

Mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu no 100/0117 ryo kw’igenekerezo rya 07 ruheshi 2017, umukuru w’igihugu yagenye Cyriaque NKERABAHIZI kugira arongore Komine Kiremba.

Cyriaque NKERABAHIZI yari yatowe n’inama mpanuzwa jambo ya komine Kiremba kw’igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2017, mu nyuma izina ryiwe rirungikwa mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu,ari nabwo bwarirungikiye umukuru w’igihugu kugira aryemeze.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.