IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > ONU imenyesha ko inzara ibangamiye amamiliyoni y’abantu ku mugabane wa (...)

ONU imenyesha ko inzara ibangamiye amamiliyoni y’abantu ku mugabane wa Afrika

samedi 25 Ruhuhuma 2017

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rimenyesha ko ikiza c’inzara kibangamiye abantu baharurwa mu mamiliyoni mu bice nka vyose vy’umugabane wa Afrika.

Nkuko biri mu cegeranyo c’ishirahamwe mpuzamakungun ONU, muri uyu mwaka inzara irageramiye umugabane wa Afrika ku buryo budasanzwe, aho igihugu ca Sudani y’Ubumanuko gishirwa mu biza imbere.

Abahinga bavuga ko imvo nyamukuru ituma haba inzara, ari intambara, ariko uruzuba rwibonekeza mu bice bitandukanye rukaza rwunyura mu gutuma haba ibiazo bikomeye vy’inzara.

Ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho abana UNICEF rigabisha ko abana umuliyoni n’amajana ane bashobora gupfa bahitanywe n’inzara mu bihugu vya Nijeriya, Sudani yo mu y’Ubumanuko, Somaliya na Yemeni.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.