Home > Amakuru > ishirahamwe > REGIDESO ivuga ko umuyagankuba utazotangwa neza mu bice vya "industriel” (...)
 REGIDESO ivuga ko umuyagankuba utazotangwa neza mu bice vya "industriel” n’ibice  bimwe vya Mukaza
 REGIDESO ivuga ko umuyagankuba utazotangwa neza mu bice vya "industriel” n’ibice  bimwe vya Mukaza  
				
				Thursday 19 July 2018, by
Mw’itangazo inomero 1471 /503-00 ryateweko umukono n’umukuru wa REGIDESO ,Simeon HABNIMANA rimenyeshako kubw’ibikorwa bitegekanijwe vyo gusubiriza intsinga ziri k’umuhora wa SNEL bizotuma umuyangankuba udatanwa neza murivyo bice.
Iryo tangazo riheraheza risaba abanywanyi baryo kwitegura murico gihe umuyagankuba utazotangwa neza.
IGIHE

Forum posts
27 August 2018, 21:02, by nyabenda clement
Turasavye ko mwotuvugira
cote Carama1
Hari amabarabara adafise amatara
nayo nibarabara 7 8
ariko ayandi yose arafise
akamaramaza raba namwe
abafise 123456 9 10 11 aba bose barafise sauf 7 et 8
directuer wa REGIDESO ABIDUSIGURIRE
Murakoze