IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Uwahora aserukira Uburundi mu Bubirigi yatumweko

Uwahora aserukira Uburundi mu Bubirigi yatumweko

vendredi 9 Kigarama 2016, par Jean De Dieu

Amakuru ashikirizwa n’itangazamakuru mu gihugu c’Ububiligi amenyesha ko Reta y’Uburundi yatumyeko uwahora aserukira Uburundi i Bruxelles, mu gihugu c’Ububiligi. Ivyo bibaye mu gihe imigenderanire itera itosekara kurushiriza hagati y’Uburundi n’Ububiligi.

Ikinyamakuru gikoresha ururimi rw’igifaransa gisohoka imisi yose co mu Bubiligi, La Libre, camenyesheje ku musi wa kane, ko Ambasadeur Jeremie Banigwaninzigo, yatumweko mu mibonano na Reta y’Uburundi.

Itororokanirizo ry’amakuru ryo mu Bubiligi, Belga, ryatangaje ko inkuru yashizwe ahabona n’ikinyamakuru La Libre, yemejwe n’ubushikiranganji bujejwe imigenderanire bw’Ububiligi.

Reta y’Uburundi yagirije Ububiligi, bwahoze bukoronije Uburundi, ko bwari inyuma y’igeregezwa ry’ugutembagaza ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza, mu kwezi kwa gatanu mu mwaka uheze.

Reta y’Uburundi ntaco iravuga ku nkuru yerekeye ihamagarwa rya Ambasadeur Jeremie Banigwaninzigo.


IGIHE

Messages

  • Natahe ntzkubandanya dukorana nabamenja nkabarya kuko ntamaho badushakira kuko ntaneza batwipfuriza kanatsinda babika ninkozi zibibi gusa

  • Naveyo. Bazomushakira akandi kazi.Ambassade ya.Belgique nayo no yugare i Bujumbura. Ibintu vyoca vyoroha.None.Belgique ibuze Uburundi ntibwobaho?

  • DD irarangiye,guhangana n’u Rwanda ni ukwitera umwaku,umujyi usigaye ushya ukabura abawuzimya,helicopteres zizimya mwazikurahe?mwakoze montage yo kwirasa kwa Nyamitwe Willy birabapfubana,mutegereze akari inyuma karahinda

  • Agafunikabagarubumwenakarengenabaritahiramazumusimigenderanireyagarutsezosubirayo

  • Mudutohoreza amakuru yuko Ntibantunganya Sylvestre azotahuka dimanche .

  • NATAHEUBUBIRIGI NTANAKIMWEBWA TUMARIYE ATARIKU DUSAMBURAGUSA TUZOTUNGWAN’ IMANAYOMWIJURU KANDINDASHIMYE KUBONAMUMUKUYE YONUWUR’IBUJUMB URANASUBIRIWABO ABABILIGINABAMA CAKUBIRIGUSA

  • Basha nagende nanone ntaco yaramaze, niryo zina ryiwe je mbona riteye ubwoba

  • Naveyo’uburaro’nuburamuko’siyo’twabuziga’uwukwase’ntakumwisemba’niko’kagaye’ka bazungu’niho’bobonako’twikukiye

  • IYUMUPFU APFANYWE NUMUNTU AVUGANGO WAMUZANY AREMVYE. NAZE NKIKIMARAMARE NYENE. NGO NAVEYO EGO DADA NNE NTIKAMUHERANYE NTAJE, IGITIGIRI CABASUMA VYIYONGERE, NGWABASIRIKARE BAVE MUMAHANG IYOBARI KUVUMBA UBUZIMA, BIBA BAFISE IYOBIKORA BOZA NAHO! EGO DADA, TURAPFA RUBI, ARIKO INZARA YO BANYARUCARI TURAHAGWA P, SITWE TUZOBONA 2020 IRAGEZE TUGAHINDURA IBINTU PU

  • Ahubwo ivyo kumukurayo vyari vyatevye. Ntabucuti tukiziga k’Ububirigi.Bamujeri nibo bicaye yo,none uyo mutware yogumira y’iki?Ahubwo uw’Ububirigi ni bamwurize indege atuvire mu gihugu;nakare ntaco batumariye atari ugushigikira abo ba mujeri.Uburundi buzobaho abo Babirigi nubwo bogenda, Imana iratubona kuko iradukunda.

  • PREZIDAGUMA UDUTWARATWAGUH AWENIMANA MBEGA UMWAMI DAWIDI NTI YATWAYEGUSHIKA AGEZEUZABUKURU ZAANDA NINTWARO ZABERUMINATE AHU BW’ABARUNDITUZO TORANAMPAKA UWU SHAKAYIYAHURE TUKURINYUM’ABARU NDIKAND’URAZIKOTU GUKUNDA 100%

  • Naveyo Nta Ndagukunda Nka Kwankirumwana . Ububirigi Hovyo !

  • natahekuko ububirigintakezakabo

  • IYONKURU NAHOYOBA ARIYO NIVYIZA

  • Nagume Adutwara Guko Twiga Kubuntu Abana Bato Bakavugwa Kubuntu

  • Ahubwo bananiwe nugutumako nabasazwe barimubindi bihugu, aba DD basigare bitunye nkigikoba cigurube, uri muri marekani, wewe arindiriyiki? nuwarungitse mubufarasa, nabo muzaburayi, nahandi nahandi!, abobose bikurako bazobarondera urumi rurekera, abakera nibo bayamaze ngo ico yanse barabika, nayabo bazoza kubarondera batabahagaye, ubujujubwo.

  • Ariko koko nakumiro,ubu uburundi buravahe burajahe!!!habuze koko nigihugu kibagira inama!!!Hatari kabisa,iyintwaro yumukazo igiye kurimbuka kandi izahitana abanyagihugu benshi binzirakarengane

  • Muragize neza. Kugira projet yo kuryanisha Abarundi ibandanye, ba bicanyi ba Pacifique bararonse ikibanza.

  • hahahahahaha nkurunziza gose.! kikikikiiiiiiii ubu namwe ngo mukoze igikogwa kiri diplomatique gikaze rega.! hahahahaha ntimukatwenze. barihima mwene sejavu yafashe umupfasoni wiwe bariko baramwenda aca afata igisu arishahura (aca imyanya ye yibanga) ngo aramuhimye. kweli ubu gutumako uwahora aserukira Uburundi mu Bubirigi, mwiyumvira ko ubu biligi bubifitemo igihombo ki? hewe muriko murinyerako inzu nki Mpene

  • hahahahahaha nkurunziza gose.! kikikikiiiiiiii ubu namwe ngo mukoze igikogwa kiri diplomatique gikaze rega.! hahahahaha ntimukatwenze. barihima mwene sejavu yafashe umupfasoni wiwe bariko baramwenda aca afata igisu arishahura (aca imyanya ye yibanga) ngo aramuhimye. kweli ubu gutumako uwahora aserukira Uburundi mu Bubirigi, mwiyumvira ko ubu biligi bubifitemo igihombo ki? hewe muriko murisenyerako inzu nki Mpene

  • YEMWE YEMWE YEMWE NI MUVUGE MAKE KANDI MWIYUMVIRE MWIBUKA MURI 1994 MU RWANDA AHA BIHINDUTSE BAMWE BAMWE MU MAJAMBO MUVUGA MUZOMERA NKAVYABISIGARIRA VYA HAVYARIMANA JUVENAL KUBERA AMABI VYAKOZE N’AMAJAMBO VYAVUGA YOGUTURIRA MU RWANDA.RABA INGENE BANANIRWA GUSUBIRA MU GIHUGU CABO.AHO NI MUTEGEZE IVYO NDABABWIYE.

  • Abo babirigi reta yuburundi yobava inyuma umuti wa mahoro woba ubonetse.

  • tudahendanye. uwubona yuko nkurunziza akora nabi ni umwasi w,amahoro. ahubwo akwiye kongezwa kuk aho yadukuye hari habi. uwutavyemera akwiye kwisubirak.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.