IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe APDR wibutsa Abarundi iragi rya Sipiriyano NTARYAMIRA

Umugambwe APDR wibutsa Abarundi iragi rya Sipiriyano NTARYAMIRA

jeudi 5 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Gabriel BAZAWITONDE arongoye umugambwe APDR avuga ko batera ivyatsi ivyashikiye Sipiriyano NTARYAMIRA hamwe n’abandi barundi b’inzira karengane.

Uwo mukuru w’umugambwe APDR asaba Reta gukurikirana no kumenya ivyashikiye uwo yahoze ari umukuru w’igihugu.

Muri iryo tangazo, Gabriel BANZAWITONDE asaba abarundi ko kuri iyi ncuro ya 24 aho hibukwa urupfu rwa Sipiriyano NTARYAMIRA, ko bokwikubita agashi, bagahinduka hamwe no kugendera "Discipline" kugira bifashe mu kwubaka igihugu.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.