IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe MSP INKINZO usaba ko Petero Ngendandumwe yoja mu ncungu (...)

Umugambwe MSP INKINZO usaba ko Petero Ngendandumwe yoja mu ncungu z’Ubumwe

mardi 17 Nzero 2017

Umugambwe MSP INKINZO usaba Reta ko Petero Ngendandumwe yoshirwa mu ncungu z’ubumwe.

Mu gihe kuw’Imana igenekerezo rya 16 Nzero umwaka wa 2017 ariho hibukwa imyaka 33 iheze Petero Ngendandumwe agandaguwe,Joseph BIZIMANA umunyamabanga mukuru w’umugambwe MSP INKINZO asaba ko Petero Ngendandumwe yoshirwa mu ncungu z’ubumwe.

Petero NGENDANDUMWE yagandaguwe kw’igenekerezo rya 15 Nzero umwaka w’1965,amaze indwi imwe gusa arongye Reta.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.