Accueil > Amakuru > Poritike > Abanyapolitike bagize ico bashikirije ku nama y’abakuru b’ibihugu vyo mu (...)
 Abanyapolitike bagize ico bashikirije ku nama y’abakuru b’ibihugu vyo mu karere
 Abanyapolitike bagize ico bashikirije ku nama y’abakuru b’ibihugu vyo mu karere
				
				lundi 6 Mukakaro 2015
Mu gihe abakuru b’ibihugu vy’ishirahamwe ryo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko bakoraniye mu nama i Dar-Es-Salaam kuri uno wa mbere igenekerezo rya 6 Mukakaro,abanyapolitike mu Burundi bashikiriza ivyiyumviro bitandukanye ku gishobora kuva muri iyo nama.
Kubwa Agathon Rwasa arongoye urunanai rw’Abigenga Amizero y’Abarundi,avuga ko akarere ka Afrika y’Ubuseruko bokwifatanya n’ayandi makungu mu kwiyamiriza amatora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka yatunganijwe n’uruhande rumwe,kandi atabaye mu muco.Asaba ko hotunganywa amatora nk’uko vyasabwe n’abahuza.
Ku ruhande rwa Gaston Sindimwo umunyamabanga mukuru w’umugambwe UPRONA,yibaza ko abakuru b’ibihugu vyo mu karere bakeza Uburundi kuba bwaratunganije amatora.Amenyesha ko abakuru b’ibihugu vyo mu karere ataribo beeza amatora ariko babikurikiranira hafi.
Van Naris Mugisha

Messages
6 Mukakaro 2015, 15:24, par xaveri
abanyafurika barashigikirana naharuko turabe ko kobazodufasha nabo batifashij nibumv kodukwiy kunumagura tws kino gihugu
6 Mukakaro 2015, 15:29, par Scott
Ahubwo nube uritegura kuko ejo aho bukera niwewe ukijako, ntimugotwe ubu iyi mandat niya RWASA kuko ntawundi abenegihugu biyumvamwo nimwasamara nakazi kanyu. Yavuze ati yagifashe kunguvu nanizo zizomukura...! Amahirwe. Meza.
6 Mukakaro 2015, 15:35, par Eric roy
mutama igisokani ca gouvernement yuburundi urakibna uzoce utaza bakabko nabatonda mubitaro bambaye ivyimbonerakure kugra bakange abantu.
6 Mukakaro 2015, 15:36, par Eric roy
mutama igisokani ca gouvernement yuburundi urakibna uzoce utaza bakabko nabatonda mubitaro bambaye ivyimbonerakure kugra bakange abantu.
6 Mukakaro 2015, 15:47, par La Vérité
Je Ndizeye Ko Bahava Bafata Ingingo Zo Gutabara Uburundi..Ahandi Ho Nabone Ibihugu Vyabo Ntibizoguma Bitekanye Umubanyi Ata Mahoro Afise.
6 Mukakaro 2015, 15:48, par kelly
Mb basha rwasa kotwamutoy ashaka kuduhemukira?turagow ahoho politik yoba yamunaniy rek yank ivyavuy mumator charl nditij ac avyitwarir ibibanza hary abatutsi badusumvya ubweng ahubw jew mbona amator yagenz nez sinzi ico bitwaza erega abanyagihugu nibo bafis ijambo
6 Mukakaro 2015, 15:49, par kelly
Mb basha rwasa kotwamutoy ashaka kuduhemukira?turagow ahoho politik yoba yamunaniy rek yank ivyavuy mumator charl nditij ac avyitwarir ibibanza hary abatutsi badusumvya ubweng ahubw jew mbona amator yagenz nez sinzi ico bitwaza erega abanyagihugu nibo bafis ijambo
6 Mukakaro 2015, 15:51, par kelly
Mb basha rwasa kotwamutoy ashaka kuduhemukira?turagow ahoho politik yoba yamunaniy rek yank ivyavuy mumator charl nditij ac avyitwarir ibibanza hary abatutsi badusumvya ubweng ahubw jew mbona amator yagenz nez sinzi ico bitwaza erega abanyagihugu nibo bafis ijambo
6 Mukakaro 2015, 15:59, par THOMAS
Ndababajw na gaston ivyavuga ntibitahurika kuvuga ko amatora yagenze neza bukeye ngo eac nidukez kumatora yaba arayukuri hatoye 50% cni yananiw gute gutanga ivyavuyemwo
6 Mukakaro 2015, 16:04, par King
Bemuraharana
6 Mukakaro 2015, 16:05, par King
Bemuraharana
6 Mukakaro 2015, 16:31, par Melchiade
Jewe Nibaza Ko Bamaze Kwerekana Aho Bahagaze Basigaje Gusigamavuta Abo Nabo Ibihuha Nizo Ndimi Zabo Nibakarishe Nizo Zizobamwa Turiteguye Kumutora Mbe Mwa Kimenyeshamakuru I G I H E Ko Mutanditse Aho Yuguruye Ibikorwa Vy,ibarabara Riva I Nyakararo Ivyiza Ntimubivuga Mwarahinyutse
6 Mukakaro 2015, 16:43, par Salum
Ndagukeje Nyakwubaha mutama wewe wizewe nabarundi bose ko ari wewe ukenewe kuzorongora Uburundi mumatora buca tujamwo yizewe na bose atari inkinamico ya cndd fdd. aho aba cndd fdd bonyene ubwabo munkinamico yabo bagaragaje neza muriyo nkinamico nyene biteguriye ko badakeneye Nkurunziza ahubwo bakeneye wewe Nyakwubahwa Nyenicubahiro future President Agathon Rwasa. None ko abanama rimwe bawe tutigeze tuja munkinamico ngo tuguhe amajwi CENI ikaba imenyesha ko ufise ikibanza ca 2 utatowe n abawe ntiwumva ko amajwi buca aba ikirenga? ntiwumva ko twibwe amajwi mu matora ya 2010? Ndayicariye ntubona ko yimaramaje wenyene ubwiwe? akongera akifatisha? nasezererwe rero ajanene inzirimwe na Nkurunziza.
6 Mukakaro 2015, 16:51, par nizigiye umukama
nababitunganye turonak amahoro hako tururwamwo tutaz ico tuzira tutari buronk igiti nkabo baduhendagiza sha twarabahinyuye
6 Mukakaro 2015, 17:05, par NGENDA
NANJE NIBAZA KO ABOBAKURUBIBIHUGU BATEGEREZWA GUSHIMA UKUNTU AMATORA YAGENZE GUKO KIRETSE ABATASHAKA K’AMATORA ABA ABENEGIHUGU ISINZI SIBOBABONYE HARAGEZE NGO BATORE KANDI BATOYE MUMUTEKANO NTANGERE MUGIHE IKIBAZO C’UMUTEKANO CARI ICITWAZO KUGIRA AMATORA NGO NTABE! KANDI VYONGEYE ABENEGIHUGU NTIBATAYE UMWANYA MUKUJA GUTORA ,IBIZOVAMWO BITEGEREZWA KWEMERWA. IVYUKUVUGA NGO NTIYABAYE MUMUCO SIVYO.WOMENYA KOYABAYE MUMUCO UTASHATSE KUBIKURIKIRANA? ABENEGIHUGU BO BARAVYIBONEYE! UWUTAYEMERA N’UWUTASHATSE KABA ARIKO YARABAYE KANDI YITABWE NABOSE NAHOBARIBABUJIJWE KUYAJAMWO
6 Mukakaro 2015, 17:14, par JAMES
NYAKWUBAHWA MUTAMA WACU RWASA, RABA NUKURI UDUTETURURE VYUKURI TWARAKWIZEYE NTUTUMARAMAZE.TURAGUSENGERA IMANA YO MWIJURU IKUJIMBERE.
6 Mukakaro 2015, 17:30, par NDUWIMANA
NTA RWASA YOTSINDA NKURUNZIZA NDABARAHIYE?IVYO NIJE NDABIBABWIYE ASHAKA ARIPIMA KANDI PAR AILLEURS NTAGIHUGU YOSHOBORA NUWOKIMUHA UBU NYENE.
DEJA ABANYAMURENGE BARAMURINDIRIYE....!!!!
MBEGA RANAC KWARI WE YAYIFONZE VYAGENZE GUTE NGO AVEMWO HAHHAHAHAAAAA
6 Mukakaro 2015, 18:19, par masabo
Hari gishasha mwoshikiriza si kirya nyene! Nimwicare ngaho ivyanyu turabizi muzi kuvuga gusa no guteza akajagari
6 Mukakaro 2015, 18:22, par caïman
rwasa hora we ntavyawe we nibaza ko umez nkumwana ahiye mukwaha mb we ntubona ko ataco uzovamwo wishinga imigambw itaronka na 1% we twaguhevy urukagabo niryo!
6 Mukakaro 2015, 18:23, par caïman
rwasa hora we ntavyawe we nibaza ko umez nkumwana ahiye mukwaha mb we ntubona ko ataco uzovamwo wishinga imigambw itaronka na 1% we twaguhevy urukagabo niryo!
6 Mukakaro 2015, 19:17, par Alexis
Mana Niww Cabona
6 Mukakaro 2015, 19:54, par aime mugisha
icofasha uburundi n,abarundi,nuko bogondoza peter agasokora kuko akongera gutwara uburundi buzosigara arubw,imbonera kure gusa,abeshi tuzoca twomoka,umuntu abantu bicwa ijoro n,umurango akirabira hirya kandi ariwe bivako!!
6 Mukakaro 2015, 19:59, par tuveko
Manda ya3 rwasa agatho niyawe kandi nisezerano twahishuriwe gasto we naje kurya ayobamuhaye aramaze mbe gasto ko mwatunganije amatora peter kwarara rubunta muratwengeje
6 Mukakaro 2015, 20:20, par sungura
Abanyepolitike twarabahinyuye ukabura kugogoteza.
6 Mukakaro 2015, 20:49, par CLAVER
AMATORA YABEREY HE ?NKAKARORERO IBURURI HATOYE 34.51% MURUMVA KO ABARENGA 65% BATAYITAVYE RERO AKWIYE GUSUBIRWAMWO!
6 Mukakaro 2015, 20:51, par CLAVER
AMATORA YABEREY HE ?NKAKARORERO IBURURI HATOYE 34.51% MURUMVA KO ABARENGA 65% BATAYITAVYE RERO AKWIYE GUSUBIRWAMWO!
6 Mukakaro 2015, 20:54, par CLAVER
AMATORA YABEREY HE ?NKAKARORERO IBURURI HATOYE 34.51% MURUMVA KO ABARENGA 65% BATAYITAVYE RERO AKWIYE GUSUBIRWAMWO!
6 Mukakaro 2015, 21:14, par Yves
Ntakintu kinini twitez mur’iyo nama,Abakuru b’ibihugu vy’AFRIQUE nico k’imwe bakunda kuguma k’ubutegetsi kubera inyungu zabo twebwe abanyagihu bakatusugura ntibabone amarushwa tuba turimwo kandi aritwebwe tubatora kugira baduserukire
6 Mukakaro 2015, 22:34, par BUTUNGANE
IVYO RWASA AVUGA NIVYO ABO BIRIKUMWE NIVYO IKIBABAJE NUKO NAWENYENE NIYATWARA AZOBA NKABANDI.MUBIRABURE NTANUMWATWARA KUBWAKUNDABANYAGIHUGU KIRETSE RWAGASORE NA NDADAYE NA...BARUNDI NTAMUNYAMAHANGAZODUHAMAHORO CANK AGATEKA TUTAVYIHAYE,TWEBWE NYENE!
6 Mukakaro 2015, 23:12, par J .B
manda ya3 pita yayirekuriw kuva ryari?
ha bagabo turye duhana ntitube nk’imbwa n’akayabu.
6 Mukakaro 2015, 23:31, par Ana
ABOBOBAVUGANGO BAZOHUNGA NIBAGENDE
7 Mukakaro 2015, 00:27, par c
Ariko Uwo Gaston Sindmwo wa Uprona arondera iki, bamutumye gucafuza umugambwe wa héros national Rwagasore, ntavyo ukwiye kweri,kuko ivyo ukora Prince ntavyo yokwemera, none idéologie yawe mwe na Consilie niyahe? ahubwo reka kwinyegeza inyuma ya Uprona uje muri CNDD, uratukishije umuryango wawe niyo uva kweri
7 Mukakaro 2015, 05:22, par Ruhwa
Rwasa.Ramba.Ntutinye.Izo.Ntunva.Amatora.Yabereyehe?Gasto.Nabe.Mwikuturiya.Ico.Gihemu.Inda.Yatay.Yaronse.Aamajwi.Angahe?Cndd.Mwibuke.Ko.Iyo.Mivo.Yamaraso.Mwicayeko.Izobatwara.Mumarushwa
7 Mukakaro 2015, 05:25, par poul nsengiyumva
mutama rwasa non wew ko ndakzi mur rural vyukur uwo nkurunziza yarabananiy?gasto nawe koma nyoko.wew uri akabwa kaba cndd fdd.mbeg ko amator yabay nkurunziz akab aguma araraguz atakigra nawe aharara mber jew niabza ko ari maraya.umugor wiw
7 Mukakaro 2015, 18:08, par Gerard
Ariko Agato abamywanyibawe urabahemukiye gose!.
7 Mukakaro 2015, 19:31, par chryisostom Nassibu
ico avuz vyoba vyo
7 Mukakaro 2015, 19:37, par chryisostom Nassibu
ico novuga nuk bogira uk mutama abivuz
7 Mukakaro 2015, 20:36, par EMMANUEL
IMANA YONYENE NIYO ISIGARANNYE IJAMBO RYANYUMA
7 Mukakaro 2015, 20:40, par Bimana
Haragez k’abarndi tuba abshingntah. nn niwba umukru wigihgu ntuzkora nkabndi?erga naw har’arabkwagriza ko wabhemkiy,mwse murbamwe,reka kudkinirako.mwse nivycaro murndera.dushaka amahoro!!
8 Mukakaro 2015, 04:27, par NDIMURUKUNDO JEAN
Afrika irik6 irisubiza mubuja nomukag kuko iriko iratakaza ijambonubushingantahe.ivyo EAC yaray ivuz ntibigira umutwe namaguru.aurevoir démocratie muri Afrika.regretable!
8 Mukakaro 2015, 13:35, par sabushimic
jewe iconiyunvira nukwohobandamya amatora 15 yumukuruwigihugu