IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Alexis Sinduhije amenyesha ishingwa ry’umurwi w’igihugu nfatakibanza

Alexis Sinduhije amenyesha ishingwa ry’umurwi w’igihugu nfatakibanza

jeudi 16 Mukakaro 2015

Umukuru w’umugambwe MSD Alexis Sinduhije amenyesha ko hagiye gushingwa umurwi w’igihugu w’infata kibanza.

Alexis Sinduhuje ubu ari mu buhungiro hanze y’igihugu amenyesha ko uwo murwi uzoba uhurikiyemwo n’indongozi zitavuga rumwe na Reta,hamwe n’abavuye mu mugambwe CNDD FDD ubu bari mu buhungiro.

Umukuru w’umugambwe MSD yemeza kandi ko ashigikiye abategetsi bakuru bakuru bahora mu gisirikare ca Reta bafashe ibirwanisho,agasaba umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza kuva ku butegetsi.

Alexis Sinduhije amenyesha ko bagiye guhurira mu gihugu ca Ethiopie,ahasanzwe hari icicaro c’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika,mu ntumbero yo kuvugana uko uwo murwi woshingwa.

Mu mugambwe uri ku butegetsi,Willy Nyamitwe umuhanuzi mukuru mu biro vy’umukuru w’igihugu ajejwe kumenyesha amakuru amenyesha ko badashobora guhungabanya igihugu,kandi badashobora gutera ubwoba umugambwe uri ku butegetsi CNDD FDD.


Van Naris Mugisha

Messages

  • nibanyarutse bakure igihugu mukaga,nayo nyamitwe wewe nivyabo turabimenyereye.tuzobakirana urweze!

  • Ntakindi gisigaye atari gushiraho leta mfata kibanza igizwe na bose kubera ubujuju bw umugambwe uri kubutegetsi CNDD FDD mugabo ntakundi, twizere ko iyo leta igiye gushingwa kwizoca itegura amatora meza cane adakumira imigambwe yose aho hazoshingwa n umurwi CENI wizewe na bose.

  • mutama courage nyakubahwa imana ibaje imbere mudukure mubuja

  • wamugabowe urosupfa ahubwo ntamutwufise urashobora kubahuka ukadedemb ngo nyakubahwa pier nkurunziza ngwave kubutegetsi?ufisubweng nkiyondayawe kandi iyonzob igupfuye kubusa umugab nkawewe ukubahukugahungigihugu kanyaguhungira mwiwese nkakunyako!!hewe uravuga make kandi ngo hakuvuganab woryanabi!pita aracagutwaye gushika yesagarutse!!mpungurwaha yakimajijamaguru!!gashindizokuzana!!

  • mwarabuze ihero ry’imiti! ivyo vyose mwigira bizobagaruka ku mutwe.ico mubiba nico muzokwimbura ari iciza ari ikibi.Isi yononywe n’abayirimwo,uburundi bwononywe n’ababubamwo.icompa mukagira ubwenge buvuye mw’ijuru! nivyo ndabasabiye nanje nisabira

  • UYOMUTAMA ALEXIS SINDUHIJE YAVUGA NEZA HAMWE VYOGENDA UKO VYOBA VYIZA UWO WARI UMUGAMBI MWIZI.

  • Mbega wewe ushaka iki? uzopfa uvuga? wavuze yuko "nimba amaraso yawe ariyo azozana amahoro muburundi uri pret yo kuyasesa", hanyuma bukeye uca uriyirukira iburaya!!!! Nta n’umwe atakuzi, umunwarumogi!!! Sara neza urekere abarundi AMAHORO...

  • Ntabwoba Kk Imana Niyo Imeny Uko Umuntu Azobaho

  • NONENIBUMVIKANENTIBADUKWEGERE.INTAMBARA.IMANANIYOBOKE.UBURUNDI

  • Umuti w’ikibazo c’i burundi nuko bokwigarura bakemera i NKURUNZIZA!!!

  • Baribakwiye Kugira Ibishoboka Vyos Mu Mahoro Atar Munguvu Kuk Abarundi Dukeney Amahoro Gusa

  • pour willy nyamitwe, cnddfdd est éternel, pourquoi donc s’allier àce qui est passager! il est intélligeant...

  • pour willy nyamitwe, cnddfdd est éternel, pourquoi donc s’allier àce qui est passager! il est intélligeant...

  • IMANANIRABE.IJISHORYIMPUHWE.UBURUNDI

  • Bravo👠👠ðŸ‘

  • EWEEE,ALEXIS GENDA,URAKUND IVYAGUSA!!MBEGA,IVYUVUZ VYOBA,ARIVYO,UROSE??CANKENUBWENGE,BWICETSE.EWEEBATURATUGABUR,IVYOBATABIRIYAKUYA,MURATEYE,ISONI.YOOOO.

  • Nahnmwoza Mwambayivyuma bizobashurako Ubuintwaromfatakibanza Ubuntakibanza ifis.

  • Alexis temba temba!!!

  • yemwe abantu baragomba ibiganiro kuriyi manda ya 3 PREZIDA NAREKE BASHIREHO UWUNDI MUKANDIDA WA CDD -FDD

  • emwe n’igihugu caragow uwo munwa rumogi nawe ngo agomba gutegeka? azorinda apfa no kugihonyoramwo adasubiriy

  • Hahahahaaaa muratwenza basi abanyepolitique biburundi,ayo magaburanyama ngo ningwano yokwisubiza agateka twarayihinyuye.None kwejo peter ashinga leta,namwe nkumva ngo mushingan comite kandi agahugu kacu arigato mwibaza kwari libiya ya kadhafi canke,ati mbwa yarahiye kumurizo rekejo tuvyerekabagabo sha nimukenyere imikanda neza kuko ndabona kwibirenge bigiye gushuha,twe abanyagihugu bato bato nitwe tugiye kuhahonera kuberindazanyu,mweho nabonye komuribikoresho vyabazungu,kandi ntituje turahishanya kuko ikinyegeje inyuma yibi namaronko yibihugu vyarutura abarundi turiko tuzira.Shinga nabo bashinge tuzorabe uwurushubwenge imbere yabazungu nuwufisikirindi kandi ngo gukura inyama mukanwa kimbwa nubuhiri mais ndababwiye ko gishikira igihugu atarubu,aho ninyo izokoboka simbabesha, mushire mumitwe ko mugwana nababavuye mu kirobeli kandi ataco mubapangako,turabingwano ua america,uburusiya n,ubushingwa mugahugu kanganuku,mais mumenye ko twese tuhahombera nta opposition kandi iyo comite irazwi simbona ukuntu mumanza kuyishiraho,nibabandi ba gira coup d.etat manque ,ahubwo shira iyo liste ahabona tumenye nabatarimwo ,atiko nyakubahwa sinduhije upunguze urumogi abandi bapunguze ubusuma nuburyarya

  • Emwe abarundi turarushe, nimugerageze izo ndyane zive mu nzira ningoga turabe ko twosubira kuba abantu, dusigaye twarihaye ibara mu makungu

  • IMANA ISUMBA INGABO

  • Uwomubaza Abanywanyi Afise Yoberekana,ivyamunaniye Akivuga Rikijana,nareke Guterakajagari Abafise Ivyobakora Bikorere.

  • suma urenga ": mbe wibagiy kokirimwabagabo? aha turi masoo.

  • abanye Politique nubu nukuri ngira baracoma!!!!!? Alexis twamubona nkicabwenge nn ubwenge butera bumujana!!

  • vyaraboneka komwishakira transition nuko gusa mwabihakana reka tubira

  • KOMERA MUTAMA WACU SINDUHIJE.IMANA IHEZAGIR ICOGIKORWA MUGIYE GUTANGURA

  • Giriteka nijambo nyakubahwa president alexs sinduhje.

  • Wanguha,subiza amero mwisaho.ntagihugu uzigera utwara.reka abatwara batware.abasizwe amavuta.

  • Imana iraje ibakorereko basha!

  • reka kububesha abantu wewe urashaje nukurya ayo warose none wewe uriteze kuba umukuru wigihugu?

  • None Se Ikintu Gikomey Cank Gitangaje N’ikihe?Uyu Mugabo Petero Nkurunziza Ni Mumuhanure,ahandi Ho Amaraso Y’abana b’Abarundi ariko araseseka 

  • Uwomutwa Yotwara Igihugu Sinduhije

  • ahaaaa!!! komera muta.

  • mwemwe.nimureke.abakorabakorenayomwebwe.nimugumemwomoka.izontegurozanyi.gumemuhenda.abomuhende.bazatumena.umutwemumaramara.nimumureke.nkurunziza.abarusha.ubwenge.azoguma.adutwara.kugezakumperayisi.mugumamuvugira.ahomwicayenkabanabataramenyagutambuka.muvyura.umutwetumena.muzomaramare

  • Sinshigikiye Inabi Ikorwa N’abategetsi Bamwe Bamwe B’iki Gihugu Ariko Mfis Ikibazo. Ko Tuziko Reta Mfatakibanza Iba Ihurikiyemwo Bose, Sinduhije Akaba Avugako Bagiye Guhurira Muri Ethiopie Ngo Bashireho Uwo Murwi Mugihe Cnnd Fdd Ivyamirira Kure, Uyo Murwi Uzoba Ari Mfatakibanza Koko? Mbegako Reta Itarimwo, Uyo Murwi Muzowushiraho Nk’abande? Muribazako Reta Ya Nkurunziza Izowubisa. Mudusigure.

  • Wambwaw uzopfa uko wew witez gutwara igihugu rekuza kwasama wamututsiw uraza tukuvugutir umuti wiberey iburaya mwadutay mukaga urazi nogufata twohura tumerew nabi naw umerew neza asama gos

  • Alexi wewe nanakimwe wotubwira hatari kutugumura gusa uzi izoze ubivugire mugihugu nihotuzovyemera.

  • ico nicipfuzo caw muga ntuc ugumur abarundi abafashibirwanisho "tuzobirukako nibirenge bishuhe"

  • NIVYO SHINGA IYO NAMA NKURU MFATAKIBANZA KUKO ABA CNDD-FDD BANANIWE PÉ!AINSI ABA BANTU BARIKO BAHINYURA IVYO MUTAMA ALEXIS AVUZE BAGIYE GUTANGARA VUBA!INTWARO YA CNDD-FDD IRI KUMUSHIRO

  • We Alexis ngo nuko rero uri mumahanga none ko mbona umutima uguma wipfuza gutwara uburundi ingo ububemwo wumvirize agahinda ba mureka guhenda abanyagihugu ngo amahoro azova iwawe abandi ntibasinzira amasasu niyo avuza indirimbo amaraso agasanzarira harya nahariya hasigaye ngo nibareme?ewe nzoba mbona reka ahubwo tubirekere imana.

  • Mbega yemwe abarundi muzokira ryari guhendwa nuyo munwarumogi. Azanzamutse iyazanzamuka. Yihimbiye iganja none ngwagira ashinge reta ewe burundi bwacu waragowe. Pee. Nimutureke abarundi bataragira double nationalite twitwarigwe nuwo twitoreye sha namwe nimugume iyo mwashimye kuhura ubwene gihugu.

  • emma

    sinduhije urikigwari kudeta yarabananiye none ngugomba gushinga reta nfatakibanza warasaze nibakureke siwewe canke urya ibiroko? pita nawe muveko ahubwo hangana natwebwe abenegihugu Twarabahinyuye komuronderera ivyobida vyanyu nabanyu gusa,

  • emma

    banyakubahwa bikimenyesha makuru IGIHE nabonye umuntu twitiranwa kurubuga, nasabako uwo emma mushashako yohindura agashirako iyindi ndome kuriryo zina ryiwe kugira umuntu asobanukigwe murakoze.

  • Asha,nihatari Urukino Rwose Rusaba Kutaruha Ariko Vyashika Muri Politique Bikaba Agahebuza Ariko Bakumariyeko Abanwanyi Bawe.Gerageza Ndabe.Courage.

  • Bantu muriko mutanga ivyiyunviro,reka gushira isoni kuko muriko muratukana,ivyomuvuga bishikirize murupfasoni.

  • komere,muwushinge kandi mushiremwo abagabo bijunja n ijambo,hanyuma dushengeje intumva za nkuru.kandi mugume mufatanye munda mwirinde gucanamwo!

  • UWO MUSAZI SINDUHIJE YISHINGA KUNYWURUMOGI YOTWARA GUTE?KIRETSE ARIMUKUZIMU.KOMERA MUTAMA NKURUNZIZA TURAGUSHIGIKIYE.

  • Mbiyumugabo ntagirabagenzi bamufasha gutegura ivy’avuga!? Jewe nimumfashe musigurire ivyoyavuze nivyoyaraye ararota aturotoreye? Arubadakaruba.

  • Reka ntituvange ibintu kuko nabari hanze hari abagwanye kuva kera n’a manifestation zitaratangura, akarorero Sinduhije murazi ivyamubayeko .

  • BURYA MWESE MURIBESHA INTAMBARA YUKURI IZAGUTANGURA NTAWUYIRATA CANKE NGWAYIHIGE,,UWUTAYIZI NTAYO AZI,,UWUKENEYE KUYIGEZA ,,NAJEKO INTUMVA BAMA BAVUGA KO ZAMAHO,,REKA TUBITEGAMASO ,KUBASHAKA KUGWANYA UBURUNDI MUKWANKA AMATORA,,TWAGIYE JAKO MUTANGURE KURWANA,,,,( UWATSE UTANGURE IWAWE UZIMIRE IWAWE,,UBURUNDI SI,,,,,, YEWE SINDUHIJE NAWE WARARUSHE PE,,KANDI NABUSUKA BAZOPFA BARUSHE CFR MPIMBA,,,,,WIFITIYE ITICKET YINDEGE UCA URISHIBUKIRA,,UBU BAMWE ISHURE RYARADASHWE,,,ABOGORE BABO BASIGAYE BIGURISHE KUGIRA BABEHO STOP SINDUHI,,IMANA IRAKUBONA AVEC VOTRE IDEES ZIBOZE

  • Aboshinga imigwi bo muraba benshi,ariko abanyagihugu babakurikira bakaba bake.Igihugu si icana,

  • Haaa Icomuz Murazi Gutukana Ahubwo Muragowe Kuko Inkota Yimana Igiye Kubazako Kumbure Mwihane

  • noneho ndatanguye gutahura ko babanyapolitique baba barondera gutwara gusa,bafise inyota yo gutwara gusa,aba barimo kurota izo ni inzozi.

  • jewe nagomba kubarira sinduhije ko yoronder akazi akora kuko ndazi ko yahejeje amashule [12] kandi ace yigora asenge imana cane imwongere imisi yo kubaho ibisigaye tuzobisanga mwijuru.

  • Ahuuuboona ivyuburundi biratwenza mama yanze

  • Iyonimaveyokukoinkonantiyaruzwakirazira arikoweweufiseikiumazekuragurarekawamwawekuhendaabanyeporitikeharimwonaagatogwasakukobarikurubuga gwaboritikewehourihe sinduyijeuvugirahanze

  • Mbegabo Bantu Bizoborohera Gutegeka Barihanze Mugabo Baragaragaj Ukubabavukanyi Babirori Aterekwa Ukwikukira Kwabarundi Nugusega Kubahinduy Abansi Babarundi 8000000 Zirenga Kabobahenze Atamuriyoni Ushika Imana Iratubona Ntidutunzwe Nabanyaburaya Tuniyo Musege Ntady atarimye Imana Se Waboro Azogaburir Aboyamye Abakizimihigo Mibi Yanyu Imana Ihabwicubahiro Iturinda Ijoro Numurango Ntawarazi Kwageruyumusi Kucobo Mudusabira Ngomwuzuz Inda Zanyu Ivyo Musega Ndi

  • komera mutama ahubwo nwaratevye nize dufashanye twomore ubutegetsi bwa Shetani busigaye buboheye amaboko imugongo abarundi

  • Abanyepolitike baratubujij amahoro hako amaraso yoseseka nibamureke yitwarire bose bashka kurya gusa twebwe abanyagihugu duheruka duhendwa gusa.nibazo ko atariyo mandat gusa y,imyaka 5 cumi yarahez nitanu izohera nibamurek tuzorabe icitwazo mwiyo myaka itanu.

  • ALEXIS SINDUHIJE UKOMERE ,NTABUBASHA PETERO NKURUNZIZA AFISE BWOGUSUBIRA KWITOZA ,ABANYAGIHUGU TWESE TURAMWANSE KO YITOZA.

  • IMANA NIYO MUCAMANZA MUKURU REKA TURINDIRE

  • kwizera waruvuze ukuri ariko wibagiye ko atwaye iyindi myaka itantu ko agacinyizo kiwe koca kaduga incuro ijana kandi bikazomworoherera guca ahindura iryo bwirizwa nshingiro kuburyo yoca atwara igihugu imyaka yose

  • Abo banyepolitique nobakebura ndababwira ko amase yakera atagihoma urutaro . Ubu tugeze mugihe abene gihugu bitorera ababarongora, baraye bavyerekanye kubashingamateka nabahanuzi bakomine. Iyo leta mfatakibanza yohanze y’igihugu izoserukira inda zabayishinze. Izo nindoto nimwemere mutwagwe nuwabarundi bitoreye IMANA ABARUNDI DUSENGA NTIZOBEMERERA NARIMWE KO IVYO MUTEGURA BIBI KUGIHUGU BITERA IMBERE MUZOKWAMA MUTSINDWA..IKEBUKE!

  • alexis sinduhije ntashobora gutera ubwoba reta kuko reta ifise inzego zumutekano zikwiye kandi zavyize bihagije rero boreka kuza barahenda abo banyagihugu ngobatore inkoho baje kugwanya abo badashoboye nibareke mutama umukuru wigihugu yitwarire kuko arabishoboye.

  • Mu gihugu ca ethiopie,il a invente quand la journaliste de France 24 l’a bombardé de questions,bazohurira i kigali nyabuna,turabizi,ewe sinduhije,urashaka gutwara pe,uzopfa urushe,aho wirukiye,e mama mu butaliano mu vy’abakecuru b’ababikira,nibindi nibindi,mbega nagire mumbwire,radjabu yoba arimwo muriyo transition?batevye bumvikana na sinduhije ko ari mu bamukuyemuri cnddfdd grace aux montages za RPA,muzoba mumbwira indyane zizova murivyo bintu,abahutu n’abatutsi pour avoir le pouvoir ensemble ,reka nitwengere.Ico mwomenya co twebwe amatora tuyabandanya peter tumwimike hanyuma ingwano ibandanye,muja mu vya transition ibikino vyari bitanguye kuryoha,none nkaho jewe nzobomora ama etages y’abantu bamwe bamwe nitwaje iki,ko iyo ngwano yomfashije kuyinyegeza inyuma comme ça tugahana abantu bubatse amagorofa mu vyo bivye umuhutu,yayaya,domage,reka ingwano isutame SVP.

  • Komera mutama SINDUHIJE alias OBAMA abanyagihugu dukunda igihugu turi inyuma yanyu,rekana nizo mbonerakure nivyo binywamaraso vya cndd-fdd.

  • ingwano ni ikintu kibi cane. Yaco muza mukiviga. Umutima utegura ingwano wose turawusengera. Imigabo yiwe ntishike. Uwuhoraho ari kumwe natwe ba nyarucari tutagira iyo tuja. Azodutabara. Ariko. wewe uzana ingwano ukayisembera mu mutima ihane ahandi ho iraguhitana mu vyaha uce uja mu muriro.

  • ingwano ni ikintu kibi cane. Yaco muza mukiviga. Umutima utegura ingwano wose turawusengera. Imigabo yiwe ntishike. Uwuhoraho ari kumwe natwe ba nyarucari tutagira iyo tuja. Azodutabara. Ariko. wewe uzana ingwano ukayisembera mu mutima ihane ahandi ho iraguhitana mu vyaha uce uja mu muriro.

  • reka bashahu kuduska,mbgamwumva iyo ntambara izomarira iki abrund,atari uktumara mugmba inynguzany?

  • Be mureka gutwenza abantu!!!! none se azoza kuwushinga ryari ko avugira ahanze gusa nyuma yuko abahivye icayi n’imikate akaja yivugira ivyo yishakiye, Hoshi sha !!! ja hiyo twarabahinyuye...

  • Mbe se mworeka gutwenza abantu!!!! none se azoza kuwushinga ryari ko avugira ahanze gusa nyuma yuko abahivye icayi n’imikate akaja yivugira ivyo yishakiye, Hoshi sha !!! ja hiyo twarabahinyuye...

  • Abantu tuze turakinisha ibindi mugabo izina ry’Imana turireke kuko Imana irimwijuru natwe turi kwisi ico nobwira abantu bakunda kuvuga ngo nkurunziza ashigikiwe n’Imana ngo niyo yamushizeho barihenda cane ubutegetsi bwiyisi nubwa shetani uti gute: Igihe shetani yagerageza Yesu yamubwiye ati "niwapfukama ukansenga ndaguha ubwami bwose ubona KUKO NARABUHAWE "kandi Yesu ubwiwe yavuze ati" murazi ko abatware b’isi BABATWAZA AMANYAMA ,ikindi Ko Bibiriya itubwira ko Imana arurukundo iyo Mana yurukundo niyo yoba yatumye nkurunziza guha ibirwanisho imbonerakure vyo kumara abo badasangiye ivyiyumviro niyo imutuma kurementaniriza abo batavuga rumwe niyo imutuma guhereza mubusho abo badahuje ivyiyumviro,niyo itumt abandika bamushigikiye imvugo zamacakubiri be noguhiga gusesa amaraso,uko vyoza kwose jewe ntantambara nshigikiye uwitakozeko niwe yoyishigikira

  • MBE SINDUHIJE NTASONI?AHO UGARURA AMANWA UMENGO N,IBUTURA RYATAYE ITOPITO.WEWE MBONA URUPFU GWAWE GWASHITSE NICO GITUMA MBONA URIKO URASAMBAGIRIKA.AHO KUZA KWUBAKA IGIHUGU WISHINGA ABAZUNGU GUSA.ABO BOBO N,ABANYABWENGE WA MBWAWE!UZOKWIBUKA KWIFUKA BUKEYE.NAYO IYO MIGWI YANYU MUGOMBA GUSHINGA NYOMBA BAZOBAHA AGAKARTIER KAMWE HIYO MURI ETIOPIE NYENE.NAYO AHA MUBURUNDI VAKO WA MBWEBWE WE?

  • jewe mbona uyo mugabo yamaze kigifatisa inguvu kandi hatabay révolution muri twebwe ntitwitege amakungu.nave kubutegetsi twarushe

  • harighe muhra m8bza kubrundi arubwbanypolitique gsa!ingomwbak ighugu canyu aho kurndra ivykugisambra.abagringorne bos nabrundi.

  • Mbega sinduhije genda urabe mukibira turya twana twigihugu mwahenz mugasuka burya kirya caha imana izokibaharira?

  • sinduhi nsanze amashuri wize nyoko azoyaririre ngwinfatakibanza ngaha nakudeta yaranse haguwe abavyeyi muhendera abana bagapfa atacobazi nkabaguye ikabarore urimpunzi muzindi niwiberiyonyene.nayahandi nkurunziza azogitwaranyene tumurinyuma nawe buriruka)

  • Aho Uhiga Abo Uba Urahenda Bapfe Wiberye Iyo ?Ndakurahiye Mu Burundi Ntavyo Woshobora Kuko Wabivuze Kera Nubu Ntakirakunda!!

  • Imana ibabarirekuvyomuhayemukoramwicogihugu ivyomuvugavyosedufise uwuzobanyomozanawesuwundinuwaremye isinijuruyesuyaturokoyemugihugucubujanibikoko aribwo burundimwiryokokwiroboyinusuyeka umwanyanimuto iman ikadukizakore ivyanyunayo ikoraivyayo amee.

  • Kamwemw Uri Umukozi W’iman Koko Yaba Tws Twar Dufs Ivyiyumvir Birora Ku Man Iki Gihugu Kiba Gifs Amahor Knd Ar Abarwaneza!!!

  • TURI INYUMA YAW WARI WARATEVYE

  • Heba ugo rumogi sinduhije, aho ntubona ko ushaje? mandat yanyu ntiragera nimwihangane

  • Ewe sinduhij baraguhenze mbe abowarungits bavuye kwa kakagabo kagame gatwarunda usigaranye bangahe? Ubwanwa nkinjavyi komeza kunywa urumogi ntakindi ushoboye.kagam ati nya ahoweretswe

  • Niwicire uwomu Kate ariko nawe harya mukajaga ntazohaba

  • nikaze ga mutama sinduhije MSD oyeee!tukurinyuma

  • Sha!bahirwebatuzanir’amahoro!Narirya bosemukwiyamamaza,batubwir’amahoro.

  • SINDUHIJE NDAMUHAYE IKAZE OYEEEE!!!UMUTAMA SINDUHIJE YI YUMVIRIYE NEZA PANA BABANDI!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.