IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

dimanche 14 Kigarama 2014

JPEG - 172.2 ko
Willian Bogui avec le Ministre de l’Intérieur Edouard Nduwimana, à Kiganda lors des travaux communautaires

IGIHE

Messages

  • Turababona turabakunda mushikiranganji wintwaro yohagati mugihugu cacu nyakwubahwa Edouardo Nduwimana against turababona turabakunda.

  • Iciri ikiraka mutama,izo nkandagirarabitabo zitabonye umututsi yashiririye nkawe ubona bushobors igihugu.aba dd ntaco boshikako batitwaje umutut as i winyamunyu.Duwarudoyicira akameya.komera mwana wo mukayanza.

  • ntawariziko ko Maregarege yogiye musi yivu canke Bunyoni ngwahunge iyo mbunuza nayo umusi wayo urahari turamurindiriye

  • Ariko nuko mbona yifotoje ariko aronsa isuka. None ubona koko yariko arakora?

  • Akagohe nkeburabarundi, abarongoye igihe.bi murakwiye kuraba commentaires zandikwa kuri site yanyu mugakuramwo izifise akamaro n ivyiyumviro birashe kuko ibitutsi biboneka ngaha bibakurako agateka

  • ikinyamakuru canyu kirateye isoni iyo twanditse commentaire zikebura reta y’urwanda ntazo mushirako ariko iyo bariko baratuka indongozi z’igihugu c’uburundi ntimutinya kubishirako.murakwiye kuza muragenzura ibintu vyanyu.

  • @ Desire Nimbona

    Uziko ivyo uvuze arukuri.Kuko natwe turamaze kubibona ko iki kinyamakuru gikorera reta ya Kakicanyi Kagame!!Iyo uriko uvuga nabi Uburundi commentaires barazireka mugabo.iyo uvuze ubwicanyi bwa Kagame baca bayimira.Uwushigikira umwicanyi nawe abari umwicanyi nkawe

  • @ben@said etc jewe sinuva umubabaro wanyu reka gusoma kinokinyamakuru,mwugurure gwanyu??mwebwe cabaretse kandi muriko murgituka wuva ngikoranabi gite??jewe nanje shavujwe nukubo harabantu bavuze ko nduwimana ari umututsi ??sivyo raba aryamabiga yiwe ?numubebe womuri congo @igihe twebwe turashima ivyukora ningene atanga inkuru nyishi zitomoye mugihe gito akarorero inkuru mwanditse kuyumusi :iwacu et bujumbura ejo niho bazozandika komera @igihe

  • Yaaaa ibara riraguyeko ibintu vyokuraba amafoto nari narabihevye none sinzi ingene zezese jakuraba ??none ndawunyoye

  • uwo mutama abangamiye benshi iwabo yoteje imbere abantu barica barigusenga nawe ngwiyo babamara erega abategetsi basigaye bameze nkabana naw uri bebe utikebutse 2015 irakubona abaguhenda ntawuzoza nokukuraba ahukubitikiye burisezeranya

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.